Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Ikigo Apple kivuga ko ingorane z'ibikoresho vyaco bishobora gutuma haba ubusuma
https://igihe.bi/Ikigo-Apple-kivuga-ko-ingorane-z.html
https://igihe.bi/Ikigo-Apple-kivuga-ko-ingorane-z.html
2018-01-06T09:55:54Z
text/html
fr
HomeNews

Ikigo Apple cemeje ko bimwe mu bikoresho vyayo bikorana n'ubuhinga bwa Mac hamwe na iOs bifise ibibazo vy'ubuhinga kandi bishobora gutuma haba ubusuma bukorerwa ku rubuga ngurukanabumenyi.

Inyabwonko

HomeNews

Ukraine: Umugera GoldenEye wateye imashini nyabwonko
https://igihe.bi/Ukraine-Umugera-GoldenEye-wateye.html
https://igihe.bi/Ukraine-Umugera-GoldenEye-wateye.html
2017-06-28T10:15:05Z
text/html
rn
HomeNews

Umugera GoldenEye wateye imashini nyabwonko zo mu bihugu bitandukanye kw'isi,bituma ibikorwa mu mahinguriro amwe amwe akomeye bihungabana.

Inyabwonko

HomeNews

Inyabwonko ngendanwa zoba zifise ingaruka mbi ku magara y'abantu
https://igihe.bi/inyabwonko-ngendanwa-zoba-zifise.html
https://igihe.bi/inyabwonko-ngendanwa-zoba-zifise.html
2015-02-06T13:23:02Z
text/html
rn
IGIHE
HomeNews

Inyabwonko ngendanwa n'ubwo yorohereza akazi abenshi yoba ifise n'ingaruka zimwe zimwe ku magara y'abantu. Ari naco gituma umuntu yarakwiye kwiyubara uburyo ayikoresha.

Inyabwonko ngendanwa ishobora guteza indwara ku rukoba canke indwara y'umugongo. Kubera amamashini ngendanwa abaganga bamenyesha ko usanga ibitigiri vy'ico bita erythema ab igne vyiyongera, iyo nayo akaba ari indwara ituruka ku bushuhe bw'imashini ngendanwa. Aho rero usanga amatako yafashwe n'iyo ngorane iyo umuntu akoze areze (...)

Inyabwonko

HomeNews

Abantu bakoresha inyabwonko barageramirwa n'amaso
https://igihe.bi/abantubakorerakunyabwonko.html
https://igihe.bi/abantubakorerakunyabwonko.html
2013-05-07T05:40:10Z
text/html
rn
HomeNews

Hari ubuzi bwishi busabwa gukorerwa ku nyabwonko gusa, ugasanga ninawo murimo wa minsi yose, bitonakunda ko umuntu ahindura uwo murimo.

Abageramirwa cane ni nk'abo bita aba “informaticien”, abanyamabanga kuko bisabwa ko baguma bandika ivyavuzwe, eka n'abandi bisabwa ko bakoresha izo nyabwonko mu kurangura imirimo yabo ya minsi yose.

Amaso ni ngira kamaro ku muntu wese, ari naco gituma dukwiye kuyakingira kugira twirinde indwara z'ubuhumyi. Bikaba bishikirizwa na More Sharing Services.

Rimwe (...)

Inyabwonko

HomeNews

Irobo Curiosity yagize ingorane kuri Maris
https://igihe.bi/irobo-curiosity-yagize-ingorane.html
https://igihe.bi/irobo-curiosity-yagize-ingorane.html
2013-03-03T03:01:29Z
text/html
rn
HomeNews

Ikigendajuru citwa Curiosity carungitswe na Amerika kuri Mars, ntikiriko kirakora ubushakashatsi,kuko hari ingorane zadutse mu mamashini nyabwonko( Ordinateur) agenzura uko gikora.

Nk'uko ikigo Jet Propulsion Laboratory(JPL) gikurikirana ibikorwa vy'ico kigendajuru kibisigura,Curiosity cahagaritswe gukora ubushakashatsi bumwe bumwe muri ino ndwi,ibizotuma hagabanuka ibikorwa vyaco kugirango bagumane ibice bimwe bimwe bikoresha ubuhinga bwa none igihe bazoba bariko baratunganya ingorane (...)

Inyabwonko

HomeNews

Ubushinwa bwagirizwa ubusuma munyabwonko (Ordinateur)
https://igihe.bi/ubushinwa-bwagirizwa-ubusuma.html
https://igihe.bi/ubushinwa-bwagirizwa-ubusuma.html
2013-02-19T09:14:58Z
text/html
rn
HomeNews

Ishirahamwe ryitwa Mandiat ryo muri leta zunze ubumwe z'Amerika karuhariwe mukurinda ibibitse mu Nyabwonko (Ordinateur) yamenyesheje ko yikeka ko hari abakuru mugisirikare c'ubushinwa bari inyuma yibikorwa vyokwinjira muburyo butemewe n'amategeko munyabwonko zikoreshwa namashirahamwe amwe amwe hirya no hino kwisi cane cane ayo muri leta zunze ubumwe z'Amerika.

Iperereza ryiryoshirahamwe ryasanze ivyo bikorwa bishobora kuba bikorerwa mwigorofa irimugisagara ca Shanghai kandiko yikeka ko umukuru (...)

Inyabwonko

HomeNews