Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Sudani : Inyuma y’aho umukenyezi wiwe avyariye mw’ibohero yagiye (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Sudani : Inyuma y’aho umukenyezi wiwe avyariye mw’ibohero yagiye (...)

Sudani : Inyuma y’aho umukenyezi wiwe avyariye mw’ibohero yagiye kumuraba

samedi 31 Rusama 2014

Umugabo w’umukenyezi wo mu gihugu ca Sudani aherutse gucibwa urubanza rwo gupfa kubera yubakanye n’umukirisu yaronse akanya ko kuja kumuraba aho apfungiwe n’uruyoya aherutse kwibaruka.

Meriam Yahia Ibrahim Ishag w’imyaka 27, akaba aherutse gucibwa urubanza na sentare yo mu gihugu ca Sudani urubanza rwo gupfa ku wa 15 Rusama, kuba yaremeye kwubakana n’umugabo w’umukirisu. Daniel Wani ava muri Sudani y’Epfo akaba asanzwe afise akabira k’umunyamerika, yari yabuze uruhusha kugira ashobore kuja kwibarutsa umukenyezi wiwe yaheruka kwibarukira mw’ibohero.

Inyuma y’impari ndende, uyo mugambo akaba yashoboye kuronka uruhusha rwo kuraba umwana wiwe, n’umukenyezi wiwe, ndetse akaba yasanze bose bifashe neza, nk’uko yabimenyesheje abamenyeshamakuru


Aristide Nizigire

Messages

  • Mana kubw,urukundo rwawe no kubw,isakramentu ry,ukwubaka rukristu .urwo rubanza ruzosubirwemwo mw,izina rya Yezu

  • Aba Kristo mwese nabasaba gusengera uyu mugore kuko Imana yacu itazirengagiza intore zayo ziyitakira ku manywa na nijoro ahubwo izazirengera ndetse vuba Abazabikora bose Imana izabaha ingororano kubwo kwikorera imitwaro yabandi bari mungorane Imana ibahe imigisha.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.