Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umugabo wa mbere akomeye cane muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Umugabo wa mbere akomeye cane muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika

Umugabo wa mbere akomeye cane muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika

mercredi 11 Ruheshi 2014

Kali Muscle ni umugabo wa mbere akomeye mu gihugu ca Reta Zunze Ubumwe z’Amerika, afise ibiro 110. Iyo atariko agira imyimenyerezo aca agendera ibigo vy’abana bari mu ngorane z’ubuzima

Uwo mugabo aba mu gisagara ca Los Angeles, yahoze ari umunonotsi karuhariwe, yatanguye kurondera amahera akiri muto kandi akora ivyo kwinonora imitsi cane. Amaze gufatwa n’igipolisi yagirizwa ubusuma atabwa muri yompi, mw’ibohero yabandanije kugira imyimenyerezo ikomeye cane. Ubu niwe mugabo wa mbere akomeye muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika.

Kali Muscle avuga ko yinjiye mw’ibohero ariwe mugabo akomeye kuruta abandi yasanzeyo. Uwo mugabo bivugwa ko aje asumvya inguvu ba Stallone canke Schwarzenegger. Kali Muscle arafasha abana bari mu ngorane z’ubuzima.

Raba amashusho yiwe


Cherif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.