IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > ishirahamwe > Urubanza ruhuza Reta y’Uburundi n’urunani rw’abamenyeshamakuru buca rusasa i (...)

Urubanza ruhuza Reta y’Uburundi n’urunani rw’abamenyeshamakuru buca rusasa i Arusha

jeudi 24 Ndamukiza 2014

Kuwa 17 Ruheshi umwaka wa 2014, niho hazoburanishwa urubanza rwashinzwe n’urunani rw’abamenyeshamakuru UBJ n’abashingwamanza barwo, aho bavuga ko itegeko rigenga umwuga wo kumenyeshamakuru riteye kubiri n’amasezerano ashinga umuryango w’akarere k’Afrika y’Ubuseruko.

Izo mpande uko ari zibiri n’ukuvuga uruhande rwa UBJ hamwe n’abaserukira Reta y’Uburundi bazokwitaba muri sentare iri Arusha muri Tanzaniya. Ishirahamwe UBJ rizoba rizeserukiwe n’abashingwamanza batanu, muri bo batatu bava mw’ishirahamwe’’ Media legal defense initiative’’ hamwe n’abarundi babiri Armel Niyongere hamwe na Nyamoya Fransisko.

Tubibutse ko iryo tegeko rigenga umwuga wo kumenyesha amakuru mu Burundi ryiyamirijwe n’abatari bake, yaba abari mu mashirahamwe ataho yegamiye mu vya poritike, abahurikiye mu migambwe hamwe n’amakungu. Ariko nticabujije ko umukuru w’igihugu c’Uburundi aritera ko umukono akaryemeza. Igituma mu runani UBJ bavuga ko ribuza ubwigenge ahanini, n’uko umumenyeshamakuru ategerezwa kuvuga aho yakuye amakuru mu gihe abategetsi babonye ko ayo makuru ashobora guhungabanya umutekano w’igihugu, amabanga y’igisirikare (ordre public, secret de la défense, la sécurité nationale), mu runani UBJ babona ko bidasobanuye neza.

Iryo tegeko kandi rirabuza gutanga amakuru yerekeye amafranga y’igihugu, amadeni Reta ifise, canke amakuru yose ashobora guhungabanya ubutunzi bw’igihugu muri rusangi. Iryo tegeko riha kandi ububasha burenze urwego rujejwe itangazamakuru CNC n’utundi tunenge tutari duke.


Floxella Karire

Messages

  • Emwe jewe sinzi ivyamategeko ariko numva mu gihe nka leta yobona muyibesheye ko vyiza ari ukubitwarira hama namwe mutegerezwa kuzana ivyabona vyemeza ko mutabesha. That is common sense. None muri ico gihe vyogenda gute none ? kandi najewe mu gihe naho ntoba ndi Leta say un simple paysan nibaza ko mumbesheye mfise uburenganzira bwo kubitwarira. None mugihe ndabitwariye mwovuga ngo ntimushobora kwerekana source y’ivyo mwavuze ? Aho hoho mwoba mukomeye gusumba na Leta. kandi mwoca mwivugira ivyo mwishakiye mubesha kuko muzi ata wubahinyuza. Jewe nibaza ko mufise na mwebwe une ligne a ne pas depasser ntabwo muri hejuru y’amategeko ntimwombeshera ngo ngende ntabashengeje kandi utazanye les preuves none wontsinda gute ? Logiquement nibaza ko bidashoboka naho atamategeko nize.

  • ABAMENYESHAMAKURU BABAYE KIBIRENGEYE KO BATEMERA KO BASHOBORA GUKORA AMAKOSA BAKAYAHANIRWA?

    UWUKOZE IKOSA RICIYE INYUMA UMUGA YOHANA.

  • uvuzeko.atamategeko.uzi.nicogitu.ma.ahatsweahoatacuvuze.wampfumuhora.abazamategeko.bazobigorora.muburundiabizenibeshi.niwakoraivyowigombeye.muzomenyeko.ababibonaaribeshi.kandintamahoromuzobaronkana.mutemeyekugorora.ibintu

  • Halte aux tentatives d’intoxication et de manipulation de l’opinion !

    La machine de la manipulation de l’opinion est toujours àl’œuvre au Burundi
    Quand je rédigeais l’appel du 11 avril 2014 par lequel je demandais àchacun d’agir pour lutter contre le fléau de la manipulation après les manifestations du Bureau des Nations Unies au Burundi (BNUB), je ne savais pas que celui-ci a osé transcrire des allégations mensongères de distribution d’armes àune partie de la population.
    Je suis étonné par la réaction de certains groupes, certainement àl’origine de cette rumeur, qui demandent àcor et àcri la création d’une Commission Indépendante pour mener les investigations alors que tous les témoignages sur place ne rapportent aucun indice sur la réalité de ces allégations.
    A ce propos, on se demande si àchaque fois qu’il y aura rumeur, il y aura toujours création d’une telle commission. Si oui, on aurait donné une brèche àl’imagination féconde de certains esprits qui ne manquent jamais de produire des rumeurs sur tout et rien. Il ne faudrait surtout pas oublier que, derrière cette proposition apparemment « acceptable », des manœuvres, destinées àinfluencer les résultats dans le sens de tenter de confirmer les propos tenus depuis des années, ne peuvent être exclus.
    Après s’être rassuré sur terrain, la raison est devenue évidente : cette allégation traduit, dans le cas le moins grave, une stratégie commune, entre les fonctionnaires du BNUB et certains groupes de burundais, adoptée pour favoriser le maintien du BNUB et son mandat, contrairement àla résolution récemment adoptée par le Conseil de sécurité.
    L’autre possibilité, àlaquelle l’on est obligé de penser eu égard aux propositions qui ont rapidement suivi ces allégations comme les sanctions àl’encontre du Burundi, renvoie àune réelle préparation d’un conflit armé dans le pays, ce qui réclamerait effectivement la présence du BNUB. Mais les Burundais restent confiants que la communauté internationale ne se laissera pas abuser et entraîner dans un conflit qui serait initié par des politiciens en mal de popularité. La concomitance de ces pseudo-révélations avec la commémoration du génocide rwandais explique l’émotion de certains membres de la communauté internationale.
    L’on devrait se poser la question suivante : pour quel intérêt, ces groupes réclament–ils le maintien du BNUB actuel ? D’un côté, quelques politiciens semblent avoir renoncé àla participation aux élections (la correspondance de M. Léonce NGENDAKUMANA suggère « une autre voie » qui ne peut être que celle des négociations avec tout ce qui s’en suit….Tentative de manipulation mais le piège est grossier).
    Pour les autres groupes, l’on peut légitimement se demander si l’intérêt n’est pas identique avec celui des agents du BNUB ou probablement le sont-ils effectivement ? Pour certains membres de la société civile, il n’est un secret pour personne que le BNUB est leur vache àlait ou mieux leur « Boîte » puisqu’ils sont appuyés dans leurs activités et sont même impliqués étroitement lorsqu’il s’agit d’accorder ou pas des appuis àd’autres demandeurs (l’épisode du refus de l’appui au Comité technique pour la mise en place d’un cadre de concertation de la société civile et les pouvoirs publics est significatif).
    Une autre intention de manipulation s’est manifestée pendant la nuit du 21 au 22 avril 2014. Des rumeurs se sont propagées àtoute vitesse sur certaines stations de radios qu’il y a incendie de la Banque de la République du Burundi (BRB) et cela tout simplement àla vue d’une fumée provenant de ses enceintes. Informer en soi qu’il y a une fumée n’était pas mauvaise mais diffuser et confirmer l’incendie sans détenir des preuves est pour le moins symptomatique d’une mauvaise foi, pourquoi pas une intention de nuire.
    Un journaliste a osé déclarer àla radio, àminuit quarante et une minute (00h41’), qu’il vient de quitter le site de la banque parce que « sa vie aurait été en danger ». Pourtant, en plus de la population, il y avait plusieurs journalistes de différents médias nationaux et internationaux. Qui en voulait àsa vie, lui seul et pourquoi ?
    Une autre personne a regretté que « les leaders d’opinions les plus populaires » n’aient pas eu la possibilité d’arriver sur les lieux pour se rendre compte de ce qui se passaient réellement. Faut-il comprendre qu’il y a des personnes qui doivent nécessairement être témoins de situations pour que ces dernières soient normalement rapportées ? Fallait-il, au lieu de prendre les mesures qui s’imposaient c’est-à-dire informer l’opinion sur l’origine de la fumée, inviter des groupes divers pour engager une polémique ou des débats? Ou probablement que ces « leaders » sont tellement compétents que rien ne peut se faire sans eux. S’il y avait eu effectivement catastrophe, ces insinuations auraient été certainement le point de départ d’accusations, comme cela est devenu une habitude sous nos cieux : arrogance, suspicion permanente, accusations tous azimuts, voilàle style préféré de certains de nos compatriotes.
    La critique facile et inappropriée avec tentative d’intoxication de l’opinion a donc eu cours. Alors qu’un message du Gouverneur de la BRB était déjàpassé sur les ondes de la Radio nationale (RTNB), des allégations mensongères ont continué de fuser de certaines autres radios : incendie de la banque, les canaux d’information du Gouvernement ne fonctionnent pas etc. L’intention était-elle celle d’informer ?
    A voir de près cet épisode, il se remarque que la machine de la manipulation de l’opinion est toujours àl’œuvre et peut malheureusement tromper les citoyens peu ou pas informés.
    A partir d’un fait, somme toute banal, puisqu’il ne s’agissait que d’une destruction de billets usés, une exploitation tendancieuse (vie en danger par qui, leader d’opinion ( ?) empêché d’accéder àla scène, affirmation persistante d’un incendie imaginaire, ...) heureusement rapidement étouffée, aurait pu conduire àune situation de confusion et de peur. Comme dans les romans policiers, l’on pourrait se demander àqui profite « le crime », car àcoup sûr, ce n’est pas le peuple burundais. J’appelle donc tous les burundais àse mobiliser pour faire échec àla manipulation qui a fait tant de mal au pays.
    Rappelons-nous, tous les drames vécus dans ce pays ont démarré sur des rumeurs et des accusations sans fondement et tous savent ce que cela a coûté.

  • we rumpfisi twebwe natwe abo bashaka guca kubiri namategeko motif ngo nuburenganzira bahabwa namategeko y’umwuga ,ntidushobora kubihanganira,mbega nabamarayika rero batohanwa mugihe bacumuye kubandi,ahubwo ubwo burenganzira busumba ubwabandi bagomba nibabusabire twese abarundi,apana kwikunda kurenza.nugushaka kurengera abandi.abo ntibashobora gutsinda L’Etat ndakurahiye.nibaje kugasozi,urunva ukuntu bishima,ugira nibo bakozi basumba abandi hano mugihugu.iyo nintumbero yabinyegeje mumwuga ariko bahurikiye muri opposition.aho bariko barakoreshwa na banyapolitique bamwebamwe,ariko uti murahumba twarabahinyuye.

  • Urwonurubanza rwiza kabisa! Arikojewe narababwiyeko abobamenyeshamakuru bi Burundi bimazekubonekanako harihivyobivugira kugatwekabo hanyuma bakavugako arinkuru bahawe nabanyagihugu! Nicogituma batoshobora kuvuga uwabahaye inkuru kukontawubayabahaye inkuru, murazobakurikirana harigihe ibinyoma bibagwirana mumitwe mazebagaheba bakacabiteguza ivyobita inganda zabamenyeshamakuru nihomuzokwumva akarimurore mururworugandarwabo mukwifatira mugahanga reta gusa gusa, murazokurikirana izonganda zabobamenyeshamakuru zose bagakoze ntahuzosanga barakoze uruganda ruvuga ivyiza reta ikora, canke ngowumve bagiziruganda bavuga ivyiza canke ibibi vyabatavuga rumwe na reta nonemwumvagayemwe abobamenyeshamakuru barikobarakoreraneza abarundivyukuri! None uwomumenyeshamakuru wokutubwira ivya reta gusa nahonyene ibitamezeneza bavangamwo nububeshi,ariko kubatavugarumwe na reta mugihebakoze ikibi itangazamakuru ukamengo ntarihari arikohaboneza akantukerekeranye na reta bakavuga rikarenga mwumva atarikibazo kw’Isinzima murazobaza ntanahamwe uzosanga umumenyeshamakuru avuga ibirebana na reta gusa! womengo nitangazamakuru ryumugambwe runaka rivugarironderera abanywanyi umugambwe rikorera? Murazodukurikiranirako bobabasinyiye kuzokwama bahigana na reta gusatubimenye, None umumenyeshamakuru woguharanirako yovuga ikintu cotuma umutekano wigihugu uhungana mwamubonyehe!? Iconticarigikwiye gutuma bajakurega reta baribakwiye kuvugako cuvikana atintitwokwubahuka kuvuga ikintu cohungabanya umutekano wigihugu! Ikindi ufisumwana maze ukama wagize utugorane dutuma uzuragira ideni maze umwana agahitamwo kwama yavuzeko sewiwe afisamadeni , mwenuwomwana mugihe bataribavyumvikanye nase kwagendakubivuga bacabamwita IKIROGOROGO uwomwana abashobora umwanya wariwowose kwomoka ahogufasha sewiwe kurondera uburyo yozova mwayomadeni, kwomokakwuwomwana rero gushobora gusiga kwononye vyishimurugo kwase.

  • None ga Ruphisi wumva woho uvuze iki ? Aha usabwa gutanga iciyumviro cawe nta wagusavye gutukana. Indero irakenewe quand meme. Ishavu ntiryubaka twebwe twavuze uko tuvyumva iyo udusigurira nawe uko ubibona ubona atariho vyari kuba vyiza none. Gabanya ishavu Ntidushitane mbega jewe na wewe ubona dupfa iki ? Ntitunazinanye no kumenyana. None nubu mbwira ko umumenyeshamakuru yokubeshera ko wishe umuntu atawo wishe woca winumira ngo nuko ari umumenyeshamakuru ngo guko adashobora kuvuga iyo yakuye inkuru. Abamenyeshabakuru uramenya ko ari abantu bakora amakosa nkayabandi bose bakora kandi twese dufise uburenganzira bumwe imbere y’amategeko. Personne n’est au dessus de la loi. Abamenyeshamakuru nabantu nkabandi. Uri hejuru y’amategeko ni Imana gusa.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.