IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Zihejeje guhindura imirisho muri FORSC

Zihejeje guhindura imirisho muri FORSC

vendredi 12 Ndamukiza 2013

Kuva kuri uyu muhingamo wa gatanu, igenekerezo rya 12 Ndamukiza 2013,urunani ruhurikiyemwo amashirahamwe ataho yegamiye muvya politike FORSC , rurongowe na Vital Nshimirimana.

Umushingantahe Vital Nshimirimana akaba yahoze arongoye sendika Symabu y’abacamanza.

Vital Nshimirimana ngo n’umuntu w’ikerebutsi, w’imvugakuri.
Abamuzi canke abamwibuka muri symabu baremeza ko FORSC igiye kurongogwa n’umushingantahe abushitse.


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.