Ishirahamwe ryo gutumatumanako Econet Leo ryatanguje kumugaragaro, kur-uno wa gatatu igenekerezo rya 31 Gitugutu 2018, ubuhinga bushasha biciye mu buhinga bwa none « Econet Connected Car» bufasha gukwirikirana imiduga aho igeze umwanya ku mwanya hamwe no kumenya uko umuduga uriko uratwarwa nuko umushoferi ariko yigenza.
Accueil > Mots-clés > IGIHE_Ads > Home_main_article