Diaspora
Petero Karaveri Mbonimpa asanzwe arongoye ishirahamwe ryitaho agateka ka zina muntu n’akabanyororo APRODH niwe yaronkejwe agashimwe k’abaharanira...
Abarundi baba mu mahanga baragize imyiyerekano kuri uwu wa mbere, imbere y’inyubakwa ya Maison Blanche muri Reta zunze ubumwe z’Amerika i...
Inyuma yaho hari urukurukuru rwemeza ko Umukuru w’inama nshingamateka yoba yarahunze , Piyo Ntavyohanyuma ahejeje kwemeza ko yahungiye i Bruxelles...
Abarundi baba mu gihugu c’Ububirigi no mu bihugu bihegereye,bahamagarirwa kwitaba imyiyerekano itegekanijwe kuba kuwa gatatu igenekerezo rya 1...
Inyuma y’igitero c’abarwanyi b’umurwi w’intagondwa z’abaislamu wa Al Shabaab ku kirindiro c’abasirikare b’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika,mu bumanuko...
Abarundi baba mu gihugu c’Ubudagi,bari kumwe n’Umurwi yo gushigikirana no gukurikirana ikibazo c’Uburundi,bahamagarira abarundi baba mu budagi...
Mugatondo ko kuri uyu wa Gatanu, Abarundi bazindutse mumyiyerekano i La Haye imbere ya CPI (sentare mpuzamakungu...
Abarundi baba mu gihugu ca Horande batumirira abarundi bose baba muri ico gihugu hamwe n’ibihugu bihegereye kwitaba imyiyerekano itegekanijwe kuwa...
Londres : Abarundi mu myiyerekano

25.05.2015
13
4
0
0
25875
Abarundi baba mu gihugu c’Ubwongereza barifatanije n’abandi mu myiyerekano yo kwiyamiriza ko umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza asubira...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8
Abarundi baba mu bisagara vya Ottawa, Washington, Bruxelles, Aarhus , Geneve, Paris, Cape Town nabo bagize imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo...
Canada : Abarundi bari mu myiyerekano

27.04.2015
16
9
0
0
85797
Abarundi baba mu gihugu ca Canada nabo batanguye imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu. Abo barundi bafise inzandiko ziyamiriza...
Abarundi baba Montreal , Ottawa na Quebec bashika hafi 350 mu myiyerekano yokwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza Icatumye bagira...
Abarundi baba mu gihugu c’Ububirigi biriwe mu myiyerekano, biyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza. Abo barundi bitwaje inzandiko...
Ubuserukizi bw’Uburundi mu gihugu c’Ubudagi buvuga ko amakomine atanu gusa ku yangana 129 agize igihugu, ko ariyo ari mu myiyerekano. Kw’itangazo...
Abarundi bari mu makungu babandanya kugira imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza. Inyuma y’aho abarundi bari...
Abarundi bo mu makungu babandanya kugira imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza. Amakuru avugwa,...
Imyiyerekano y’Abarundi baba muri Ottawa

1er.02.2015
14
5
0
0
17775
Grande manifestastion à Ottawa,
Abantu barenga ibihumbi ijana nibo bakoresha urubuga ngurukana bumenyi UMUGENZI, nk’uko bivugwa n’uwatanguje ubwo buhinga bwa none bwo kuyagirako...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7
Inyuma y’aho isoko nkuru ya Bujumbura ihiriye kuw’Imana igenekerezo rya 27 Nzero 2013, abarundi baba mu gihugu ca Canada bashikirije ubutumwa bwo...
Jean-Baptiste Alaize ni umunonotsi w’umufaransa ariko yamuka mu gihugu c’Uburundi,kuri uno wa kane igenekerezo rya 7 Ntwarante niho yatahuka mu...
Haraheze imyaka cumi n’icenda Urwanda ruhekuwe, imiryango myinshi ibura ababo, abana benshi bacika impfuvyi. Abatutsi barenga umiliyoni barishwe...
Uwurongoye ishirahamwe ryo gufasha abagendana ikiza ruhonyanganda Sida mu Burundi, umupfasoni Jeanne Gapiya, amenyesha ko mu rugendo yagize mu...
Urwaruka rw’abarundi ruja kwiga mu gihugu c’Ubuhinde ruragirizwa ko rukunda gutera akajagari cane cane mu mpera z’amayinga, kuko benshi muri urwo...
Mu nama yahuje abashikiranganji n’abashingamateka mu gihugu c’Ubuganda Kw’igenekerezo rya 1 Ruheshi 2013, niho hatorwa itegeko rigena amafaranga...
Nk’uko abantu batandukanye baguma bagira ico bashikirije, ndetse bakagira ico bahanuye Leta y’Uburundi ku bijanye n’itegeko rishasha umukuru...
Icegera ca Kabiri c’umukuru w’igihigu c’Uburundi nyakubahwa Gerevazi Rufyikiri yaraganutse ava mu gihugu ca Leta zunzubumwe za Amerika ku mugoroba...
Abarundi baba mu mahanga bariteguriye guterera mw’iterambere ry’Uburundi ariko bagasaba ko hoba amategeko abakingira. Ivyo babishikirije mu gihe...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8