Ireresi ivuga ibikorwa vya « Sindumuja » igiye gusohoka

Yanditswe na IGIHE
Kuya 8 Rusama 2017 saa 11:29
Yasomwe : 28017
0 0

Ireresi yakozwe n’uwitwa Jean Eric NAHISHAKIYE igiye gusohoka mu mpera z’iyi ndwi, ikaba yiswe « LE combat des Sindumuja, Epopée des Agneaux du diable »

Iyo reresi izosohoka kw’igenekerezo rya 13 Rusama 2017, umunsi hazoha haheze imyaka ibiri habaye ukugerageza gutembagaza ubutegetsi bw’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA.

Muri iyo reresi, habonekamwo abaharanira agateka ka zina muntu, abo mu mashirahamwe adaharanira ivyicaro vya poritike, hamwe n’abanyeporitike. Bose bakaba ari abarwanije ugusubira kwitoza kw’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA.

Abo bavuga muri iyo rerei Maragarita BARANKITSE, Pacifique NININAHAZWE, Alexis SINDUHIJE, n’abandi

Agace gato kayo


Kumenyekanisha

1
Mediator 9-05-2017 à 08:01

Nimutore inkoho nayo ireresi yo that, s illiteracy. Murota ngo Nkurunziza ntazobatwarana none mugomba mumusabe imbabazi mukoreshej ireresi. Ingo twubake Igihugu twese hamwe kuko amoko yose yiberey mu nzego none mwebwe ubwoko Maharanira babwita ngw,iki???? ( stupid)

2
Rudasingwa 8-05-2017 à 20:40

Film yaba mujeri .com

3
Nyabenda Jean 8-05-2017 à 13:27

Iyoreres Isiguraiki Kobadutayemurudubibacabarigira Ivyontacobivuz Bananiw .Nibareke Nkuruyitwarir .Ahobwonibamusabeikigogwe.

4
Nyabenda Jean 8-05-2017 à 13:26

Iyoreres Isiguraiki Kobadutayemurudubibacabarigira Ivyontacobivuz Bananiw .Nibareke Nkuruyitwarir .Ahobwonibamusabeikigogwe.

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha