Igisata c’ingenzi
Ingenzi zipfuza kugendera igihugu c’ Uburundi ziracafise intambamyi na cane cane mu kuronka uburenganzira bwo kwinjira mu gihugu kimwe bita...
Ikibanza co kw’ibuye bitiriye Stanley na Livingston kigiye kwubakwa neza kugira kirushirize guhurumbirwa n’ingenzi , mbere n’ibibanza bindi...
N’ubwo mu Burundi abanyamitahe basa cane n’abijukiye igisata co kwubaka amahoteri , gushika ubu haracakenewe amahoteri yakira ingenzi zikomakomeye...
Huguruwe icese (inauguration), kuri uno w’Imana ,urugendo rushasha ruhuza igisagara ca Bujumbura na Dar-el-Salaam. Ishirahamwe ryo gutwara abantu...
Igisata c’ingenzi kiri mu bituma akaranga k’igihugu kamenyekana, haba muri ico gihugu nyene canke mu mahanga, eka ndetse no mu guteza imbere...
Biravugwa ko amazi y’amashuha ari umuti uvura indwara zitari nke, ariko si benshi bategera ingene avura kandi hari n’abadashobora kumenya aho ari...
Abanyagihugu bashora ibitoke mu gisagara ca Bujumbura , babikura mu ntara ya Muramvya hamwe na Bujumbura Rural babizana ku makinga, bahura...
Imodoka zunguruza abantu mu gisagara ca Bujumbura, ziridogerwa n’abazifata ko nyinshi muri zo zigeze aho umwansi ashaka mu gihe vyibonekeza ko...
Qatar Airways iserukiwe n’umukuru w’iryo shirahamwe, Abulaziz Mohamed Al-Nuaimi, Uburundi nabwo buserukiwe n’umushikiranganji w’ugutwara abantu...
1 | 2
Oymyakon,igisagara kibamwo abantu ,gikanye cane gose.Ico gisagara co mubu Russiya kirimwo nk’abantu bagera ku majana umunani, kiri muri Siberia...
Mu Burundi harafashwe ingamba zikomeye mu kunagura igisata c’ingenzi kuva mu mwaka w’2011,kuko ubu vyibonekeza ko ico gisata citaweho,mbere kikaba...
Guhesha agaciro igihugu mu kwerekana ibigo ndagakaranga nibindi vyiza bigize Uburundi nibihugu bihana imbibe nivyo vyatumye Avry Mbonicuye...
Umushikiranganji w’ibikorwa vya reta Moïse Bucumi aherekejwe n’uwuserukira ishirahamwe ry’ubumwe bwa buraya baratanguje ibikorwa vyo gusanura...
Ubushikiranganji bw’ubudandaji, abahinguriro n’ingenzi buramaze guha ivyigwa abahinga barenga 10 bazofashanya n’abaserukira umuryango wa Afirika...
Ubushikiranganji bw’ubudandaji n’amahinguriro bwaratunganije ivyigwa ku bakurikirania hafi ibijanye nama hoteli n’ibindi bice vy’ingenzi. Aho hari...