Akahise
  igihe.bi  Akahise
Mu gihugu ca Afrika y’Epho hatowe igisigarira c’umuntu bikekwa ko yabaye ku mugabane wa Afrika haraheze imyaka imiliyoni zitatu. Uwo muntu ari mu...
Bob Marley ni umuririmvyi w’umudiho wa Reggae yamenyekanye cane kw’isi kubera ubutumwa yagiye atanga mu ndirimbo ziwe
Caga ari kinini Caga cagutse. Gira Ntare na Ruhiga ntikiramutswa abami babiri kiba gipfuye. Gira so ntaruta gira ico urya. Gira so yiturwa...
Ifoto y’umunsi

2.04.2014
1
0
0
22266
Images tirées de l'indicatif de l'émission Au-Delà du Son
Uko umwaka utashe, ku genekerezo rya 23 Myandagaro, ni umusi wahariwe kwibuka urudandazwa rw’abanyafrika bajanwa muri Amerika. Urwo rudandazwa...
Ni ku masezerano yasinywe muri komine kiganda mu ntara ya muramvya ,niho Mwezi Gisabo yashira umukono ko intambara y’abadagi iheze.Mu ri iyo...
Umwami Mwambutsa wa 4 yasavye umuhungu wiwe Umuganwa Karori Ndizeye afise imyaka 19 gusa y’amavuka ngo aze i Bujumbura gutegura igaruka rya se....
Mu gihe mu Burundi bariko bibuka imyaka mirongo ine n’umwe(41) iheze abantu isinzi bagandaguwe bunyamaswa bazira ubwoko bwabo, abahurikiye...
1945 : Urupfu rw’umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe za Amerika, Franklin Delano Roosevelt. Aracari uwambere yamaze imyaka myinshi mu mabanga...
1 | 2
Jean Baptiste Bagaza yavutse mu mwaka w’1946. Bagaza akaba yafashe ubutegetsi kw’igenekerezo rya 1 Munyonyo 1976 akomboye Michel Micombero yari...
Basokuru bari abahinga mugukebura abantu bakoresheje imigani canke bakavuga ikintu mu mvugo ifobetse ,ivyo vyarafasha cane mugukebura abantu kuko...
Ubuzima bwa Rwagasore Louis

10.12.2012
23
4
0
0
67689
Nk’uko amakuru dukura muri Encyclopedie Libre abitubwira, umuganwa Rwagasore Louis yatangye ubuzima bwa politike ari muto. Yarafise iyerekwa ry’u...
Kahise k’uBurundi k’imbere y’intwaro ya gikoroni karimwo igipfungu cinshi.Ivyo bitegwa n’uko bamwe n’abandi bakavuga bakurikije ivyiyunviro vyabo...
Nyene Icubahiro umuhisi Sipriyano Ntaryamira, ni umukuru w’igihu c’u Burundi agira kabiri, yishwe mu kiringo kitarenze amezi atanu, inyuma y’urupfu...
Ubuzima bwa Hugo Chavez

10.03.2013
3
0
0
7272
Hugo Chavez yavutse igenekerezo rya 28 Mukakaro 1954 i Sabeneta apfa igenekerezo rya 5 Ntwarante 2013,i Caracas. Hugo Chavez ni umukuru w’igihugu...
Ni tugendere iragi rya Rwagasore

17.11.2012
3
0
0
2223
Hari ku wa 13 Gitugutu 1961 aho umuganwa atari umugani Ludoviko Rwagasore yagandagurwa ata kindi azize atari ukwanka agacinyizo ka bakavamahanga...