Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abarundi baba mu mahanga bibutse abagandaguwe mu kiringo ca (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Diaspora > Abarundi baba mu mahanga bibutse abagandaguwe mu kiringo ca (...)

Abarundi baba mu mahanga bibutse abagandaguwe mu kiringo ca gatatu

mardi 13 Gitugutu 2015, par Jean De Dieu

Abarundi baba mu mahanga baragize imyiyerekano kuri uwu wa mbere, imbere y’inyubakwa ya Maison Blanche muri Reta zunze ubumwe z’Amerika i Washington‬. Iyo myiyerekano yakozwe mu ntumbere yo kwibuka abarundi bagandaguwe mu kiringo ca gatatu ca Petero NKURUNZIZA

Amwe mu mazina y’abagandaguwe


IGIHE

Messages

  • ayo mazina hari abantu ntabonyemo none mpise menya ivyomugendereye, Gen Adolph arihe? col Bikomagu arihe ? urya mwaturira mumapine abona arihe ? etc.. mwabigize nubu juju ntangere, kubahinyura biroroshe cane.

  • IKIRERO NICOCIISHE ABARUNDI NKUWOKWUMVA IRIJAMBONGWA BARUNDI BABAHANZE WOCUMENGO NIBOSE, EKAYEMWE MUSOMYE IYINKURU UKACAWUMVA AHAVUGANGO ABARUNDI BABAMURI RETA ZUNZE UBUNWE Z’AMERICA I WASHINGTON URUMVANYENE NABOMURI WASHINGTON, NONE UWOKUBAZA UMURUNDI YAVUYE MURI RETA YA CALIFORNIA WOMWEREKANA? IKIGIHUGU GIFIRE RETA 50 ARIKWABA MUVUGA NTANUBWO WOVUGAKO ARABARUNDIBOSE BABA WASHINGOTON MURABIBONA KARIMPARURWA NAMBANTOVUGA KWATINDOBANURE. ICISHE ABARUNDI NUKUTAVUGISHUKURI NKABA HARARIKUVUNGWANGO: ABARUNDI BAMWEBAMWE BABA MURI WASHINGTON BAKOZE IBINIBI APANA NGO ABARUNDIBABA MURI RETAZUNZE UBUMWE ZAMERIKA! ABARUNDI BABANURI RETA ZUNZE UBUMWE BWAMERIKA KUGERUBU BABABA IBIHUMBI 20 ARIKONGO ABARUNDIBABA MURI RETA ZUNZE UBUMWE ZAMERIKA NGOBARIMUMYIGARAGAMVYO!?

  • Murazi gusega basha,abapfuye bobo ntibahera kuriyo mandat.umukiza ni Yesu nayabandi bose nabaryi gusa!!

  • Nukuri Birateye Ubwoba Turavye Abantu Bapfa Muriki Gihe Hama Ngatangazwa Numuntu Ariko Agarukana Ikibazo Cubwoko.Uwo Yananiwe Azana Ivyo Bibazo Vyubwoko

  • natwe turababaye kubabanyagihugu bafpa bazirubusa amakungu amukurekamaboko azikuraho ntamumwirukanye

  • aho ntimwokwihanura mukabona ko ababirigi bababeshe.
    urazi iterambere ryoba ubatusti bintagondwa bahindutse!
    ubahutu bama babica aruko bamwe murimwebwe mushaka kubatwara nkababazungu bo muri afrika yepho. ARIKO BARIHANUNE
    HINDUKA PLEASE PLEASE BROTHERS DUKUNDANE EREGA TUVUGA RUMWE NTAKIBIRIGI MUVUGA!!

  • Ko ntabonyemwo izina rya Gen Adolphe, musiguye ko atapfuye. Canke hari umurwi wabapfa barabigenewe batabaraje ishinga. Abapolisi bahahoneye ko atanumwe mbona murutonde mwakoze. Muragahambirwa nimwe mugisibije muburundi, ninayompamvu mwabudutayemwo ngo mubudutsindemwo ariko, naho hazosigara umurundi umwe wumutima azobuhagararira mweho muzohonera iyo nyene muri. Urabona ngo murahemuka, kugurisha igihugu cakwibarutse! Ewe barundi! Muzopfa mutyo!

  • BENEBURUNDI NIMUZE TWURURUKE KUVYUBAHIRO TWISIGE IMINYOTA TWAMBARAMAGUNIRA DUSENGIMANA KUMBE YOKWIGARURA NAHAHANDIHO BENEBURUNDI TURAHASHIRIRA PE.

  • nashimwe ibikogwa vyabreye iyo. muce mubimpera inyishu.

  • EWE TABARA NTUMARAMARA UBONA ADOLPHE YOJA HAMWE NABANDI?NDAGUTWENZE GUKO UB AYABONYE SIYO!NASHEBUJA KOTAMUTEGUJE NGO YIHANE UBU ARIHABI NTAKAMARO KOKUMUSHRA MUBANDI.BIBUTSE ABAZIRA UBUSA URYA WE YAPFUYE HAGEZE.

  • Uwisi itarakaranga iba ikimushakira ibirungo

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.