Inkuru zarungitswe

Yanditswe na
Kuya 2 Nzero 2018 saa 10:00
465
0 0


Kumenyekanisha

1
BADY-BOY 26-05-2018 à 20:13

IVYOVYEREKANA KO ISI YASHAJE AHUBWO N’UKO BATOTER’IVUTU UMUNTU.

2
Tite Munyembabazi 26-05-2018 à 15:07

Indirimbo ikoroza amosozi uwuyumvirije wese akongera akayiraba yitwa ICIPFUZO yaririmbwe na titus da sailor n’indirimbo yarikwiye gufatwa mumugongo n’uwariwe wese na cane cane amashirahamwe nka za UNICEF n’izindi harimwo reta kuko n’imwe mundirimbo zikenewe mubuzima bwa misi yose ivuga kubuzima bw’abana b’impfuvyi,ba ntaho nikora abana bo mwibarabara n’abapfakazi ariko kugeza ubu haracari ikibazo kuko no kugira ivuzwe ngo yumvikane nubu abajejwe kumenyekanisha umuziki benshi baracaka ibiturire bigatuma umuririmvyi acika intege zo gukora!!

indirimbo niyi aha hepfo
https://youtu.be/IRuANUI1LYc

3
EEE 23-05-2018 à 21:14

NUKUBERIKI?BAHAGARITSE?GUTANGIMPAPURU?

4
marko shimirimana 20-05-2018 à 21:55

nukuri amatora yagenze neza ariko ikibaje nuko imbonerakure zimuzye muri giharo zatwaye umuntu kumukubitira mukaburi ngo yigishije oya bamukuye murusengero

5
Nduwimana Jeanbosco 14-05-2018 à 00:13

Imana Irakunda Igihugu Cu Burundi Izobikora Intsinzi ni yacu.

6
Nzobambona Donata 30-04-2018 à 18:10

Melchiade yazize ko yavugiye hejuru ivyari mu mitima yabamwe bamwe. Ko yemeye icaha atagahato nasubire aho yabivugiye asabe ikigongwe abanyagihugu hama sentare nayo imutezurire kugihano yaciriwe. Kuko irya imyaka ntijanye nubundi nivyo yakoze ivyo nuguhuma amaso amakungu ngo bagire ngo baramuhanye.

7
Bukuru Jean Claude 29-04-2018 à 22:42

Hari Abarundi Bamwe N’ubu Tutaramenyeshwa Ivyahinyanyuwe Mw Bwirizwa Shingiro,none Ko Hageze Kuja Kwemeza Canke Guhakana Iryo Hinyanyurwa Tuzotora Ivyo Tutazi?

8
ARON 21-04-2018 à 23:48

NUKWIHANGANA

9
Ramazani amissi 6-04-2018 à 08:46

Mwiriwe ntagira mbaze kuvyerekeye uyo tombola mbega kugira umenye KO watsinde ushikana angana gîte murakoze

10
Eric pro 28-03-2018 à 09:55

Ndumu prod nkora indirimbo za Gospel nashak kubaza kugira umuntu aterimbere mumuziki wa gospel uko vyogenda kuko tubona nkokuma radio bitaho cane umuziki wigisani gospel ntibatwibuka none vyogend gute natwe batwiteho

11
Ciza donatien 25-03-2018 à 06:21

None kuberiki reta yu Rwanda itareka impunzi zishaka gutaha ngozize mugihe muburundi amahoro ahari nibazako reta yu Rwanda ifise icitegura kumpunzi zabarundi ziriyo nacanecane bobavugako bahabayenabi kandi ntibitabweho kubwivyo nibazako abipfuzagutaha bobareka agataha mugihugu iwabo kuku naconye kirabakNone kuberiki reta yu Rwanda itareka impunzi zishaka gutaha ngozize mugihe muburundi amahoro ahari nibazako reta yu Rwanda ifise icitegura kumpunzi zabarundi ziriyo nacanecane bobavugako bahabayenabi kandi ntibitabweho kubwivyo nibazako abipfuzagutaha bobareka agataha mugihugu iwabo kuku naconye kirabakeneye

12
ndayikengurukiye Gilbert 15-02-2018 à 22:35

nukuri jewe super huff ndamwipfurije kuroreranirwa mumyuga haba gukina canke kuririmba nkabandamwipfurije kutwibukanatwe nkuko beshi banzi kwizina ryandayikengurukiye jiriberi ndakunda abacuraranzi sana nkabamba kumugomere ahubwo nkumusi nomubonye ariko agenda namaguru nomwunguje ok sms muzoyisome kwiradio ayumve

13
Divin 13-02-2018 à 23:04

Inkuru iciye hano ntabwo muyiriha? Si oui, angahe?

14
Isaac 10-02-2018 à 06:51

Ibintuvyomuburundinihatari Ubunaho Haragezahobahinduribwirizwashingirokuberukwankakubisabandi Nabisabandibatware

15
Nkunzimana.erike 19-01-2018 à 02:27

enok.Baramuguz.ntagikina.ahubwo.nukumtera.ivyatsi.ROLNADO

16
INEZERWE Ezechiel 7-01-2018 à 20:30

Abanyagihugu bo kumutumba wa ruhongore basaze ngo bakure umukoseye wokumutumba nyabihanga commune n’intara ya ngozi

17
Kwizera Faustin Nibafasha 3-01-2018 à 21:59

Andika hano

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Izindi nkuru wosoma

Izindi Nkuru - Turungikire

Aderessi Zacu
25/01/15 - 09:46
Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha