Patiri Mudomo yahoze arongoye insamirizi Ijwi ry’amahoro yitavye Imana

Yanditswe na MUGISHA Van Naris
Kuya 12 février 2018 saa 04:54
8820
0 0

Patiri Marcel MUDOMO yabaye umumenyeshamakuru, akaba kandi yahoze arongoye insamirizi Ijwi ry’amahoro yitavye Imana.

Patiri Mudomo yakoreye kandi igihe kitari gito muri karere k’ubutumwa ka Gitega, yarakoze mu gisata c’Ibiganiro ku nsamirizi Mariya Burundi.

Patiri Marcel MUDOMO, arazwi kandi cane n’abanyeshuri bize kuri Lycee Gitega, iri hafi y’ahakorera Musenyeri Mukuru wa Archidiyoseze ya Gitega, aho yigeze kuba ariwe arongora inkuka y’imisa kuri iryo shuri.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha