Ubutegetsi bwa Maréchal Mobutu bwasenyutse kuwa 16 Rusama 1997

Yanditswe na
Kuya 16 Rusama 2017 saa 09:15
Yasomwe : 63
0 0

Ubutegetsi bwa Maréchal Mobutu bwasenyutse kuwa 16 Rusama 1997. Kuva uwo munsi, Zaïre yahinduye amateka. Bukeye kw’igenekerezo rya 17, ingabo za AFDL zinjiranye intsinzi mu gisagara ca Kinshasa, zitabanje gutana mu mitwe n’abasirikare ba Zaïre

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha