Accueil > Ibikorwa vyabaye > Ifoto y’umunsi
Ifoto y’umunsi
jeudi 20 Myandagaro 2015, par
![](local/cache-vignettes/L672xH448/nkuru-8-2441e.jpg?1550728493)
Prestation de serment du Président élu, S.E. Pierre Nkurunziza au Palais des Congrès de Kigobe
![](local/cache-vignettes/L525xH350/nkuru1-13a64.jpg?1517425782)
![](local/cache-vignettes/L600xH600/11-36-a4e03.jpg?1517425782)
IGIHE
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
Accueil > Ibikorwa vyabaye > Ifoto y’umunsi
jeudi 20 Myandagaro 2015, par
IGIHE
Messages
20 Myandagaro 2015, 11:39, par None?
Mbega ibintuvyiza gayemwe!!!
20 Myandagaro 2015, 12:38, par ziggy ziggy
Nyakubahwa komera naramba immyaka 10000000000000 urikubutegetsi urabona ngene ibiror bikuberey mbega mana uwukwanka twomufata pe
20 Myandagaro 2015, 13:34, par jimy
Niwo musi wanyuma wo kwinjira muriyo ngoro.Iyo Mana avuga atazi igira imwiyereke.
20 Myandagaro 2015, 14:11, par kanyarwanda
@jimmy. wowe nizindi ntagondwa zimeze nkawe nimwiyahure cyangwa usange bene wanyu mumakambi mu RWANDA impungure ziragukumbuye.
20 Myandagaro 2015, 14:19, par kelly
KOMERA MUTA UKWANKA AKWANDUREKO
20 Myandagaro 2015, 15:09, par yaya
All are rubbish
20 Myandagaro 2015, 21:53, par Bose
Komera Mutama Nuwutazi Urukwavu Arazi Korunyaruka
20 Myandagaro 2015, 22:51, par Js.M.Gatoro
Emwe ngwintumva ziriyo?, Iyaba vyari mumategeko vyaribirori pe! gusa abarundi nukuja turava ikuzimu tujibuntu. Tureka kwikura iteka nkuyo mugabo. Good Neight 2 all.
21 Myandagaro 2015, 02:18, par Elvis
Komera Mutama Munbadanye Amabanga Imana Yabashinze Ababanka Nabo Nabansi Bamahoro Nobabwir’ Ati: Icowanka Mukabana Ninda.
21 Myandagaro 2015, 19:31, par kgm
yoo? nyenicubahiro yarahiye nivyiza komera
21 Myandagaro 2015, 20:54, par Boston
Uyomugabo piere arikwisema ashaka urupfu
22 Myandagaro 2015, 17:25, par Dodo
Nukuri Turakwiy Kwihanura Tugakora Ineza Tukareka Inabi Kuko Hano Kwisi Ntawufs Telecomande Yubuzma.Ivyo Vyotubera Icigwa