Abarongoye inkino zo gusiganwa mu kwoga (natation) baratunganijwe ihiganwa ryo gutora abazoja guserukira Uburundi mu mahiganwa mpuzamakungu yimirije. Urukino rwo gusiganwa mu kwoga (Natation) mu Burundi rufise ikibanza ciza muri Afrika no mu karere. Impinga iracari ndende kugira urwo rukino rushike ku rugero bita “minima”.
Abana barimwo abahungu n’abakobwa bamwe bari mu mashirahamwe y’urukino ryo gusiganwa mu kwoga, bari bahuriye mw’ihiganwa ryo gutora 3 bazoja guserukira Uburundi. Cassien (...)
Natation
-
Cassien Basogomba : "Ntitubizeje imidari kuko abadusumvya ni benshi"
29 Nyakanga 2014 -
Uburundi buriko buritegura kwitaba amahiganwa yo kwoga
10 Ntwarante 2014Ishirahmwe ry’urukino rwo kwoga "natation" ryaratunganije ryongera rishira mu ngiro amahiganwa yo kwoga, mu ntumbero yo kurondera abazoserukira Uburundi mu mahiganwa yimirije.
Mw’ibenga "piscine"riri mu kigo ca Entente Sportive haraye habaye amahiganwa yo kwoga yarimwo imirwi y’i Bujumbura n’iyo mu gihugu hagati, naho hitavye umurwi uvuye mu ntara ya Ruyigi gusa.
Cassien Basogomba arongoye ishirahamwe ryo kwoga, amenyesha ko intumbero y’ayo mahiganwa ari ukurondera abana bazoja guserukira (...)