Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Ihayanishwa
QUE DE BELLES OFFRES CHEZ ECONET !
Yanditswe taliki ya 3-09-2014 - isaha 17:13' na

Econet vous Présente “WARAJE”, un téléphone portable avec :

- Deux cartes Sim,
- un appareil photo ;
- une connexion Internet au-delà de votre imagination
- une garantie de 13 mois

WARAJE est disponible pour seulement 19.000 Fbu dans toutes les agences d’Econet.

Ivyiyumviro vyanyu

Izo Terefone Tuzisangahe

20.09.2015 à 20:26
Pacifique

None ga yemwe mugomvye kuvuga kwayo matelephone yakorewe bawaraje ,sha muribwenge ngozabahungutse rero ,ego twaragarutse twaraje twe ba 3eme mandat hahahahaa

16.09.2015 à 20:19
queen karire

Vraiment Iyofone Iranryoheye Can None Umuntu Yoyironka Gt ?

9.09.2015 à 21:32
Ndihokubwayo Jadenly

Hemw none ya bureau yo mu ruyigi ko mutugura ngo natw turonke aho tubariza ibitugora

6.09.2015 à 09:30
Diomède

ha cankuzoho ntituzoshikigwa kuko nikure

2.09.2015 à 21:08
Kicw

ninziza mugabo mufise ama agence make ntamuntu yova imuramvya ngo agiye ibuja kuygura ayo yatike yoyagrur iyindi

Emwe Ntabwiza Igira Iragarara Narayituze !

19.08.2015 à 18:25
Cedric Hashazimana

IZO FONE N INZA RABA RRO MUZIKWIRAGIZ MUGIHUGU COS.

17.08.2015 à 02:02
BENJAMIN

IZO FONE N INZA RABA RRO MUZIKWIRAGIZ MUGIHUGU COS.

17.08.2015 à 02:01
BENJAMIN

Jewe :ndi Muri Sosumo None Izo Telephone Twozironka Gute ?

29.06.2015 à 19:40
Gilbert NZAMBIMANA

Jewe Nashaka Iyofone.None 15000fbu Mwoshoborakuyimpa ?

19.06.2015 à 22:42
Ndayisenga Gordien

ndi ernest tuyishime ndi muruyigi bisinde kwizone niga ECOFrangi, iyo terefone ndayikunda cane ariko gabanye igiciro

19.06.2015 à 20:42
Ernest tuyishime

zimbure amaterefone

19.06.2015 à 20:26
ernest

TURABAKUNDACANE MBEGA KONDI MUKINANIRA CA MUYINGA INO MUGITERANYI IYO TELEPHONE NOYIBONAGUTE ? TURABASHIMIYCANE

19.06.2015 à 11:31
KIRIMWABAGABO NESTOR

Turabakunda Cane Munduha.Ibigezeho

17.06.2015 à 21:03
Vianney

Turabakunda Cane Munduha.Ibigezeho

17.06.2015 à 21:02
Vianney

IYO FONE WARAJE UWUTAZIKUBIRO VYA ECONET YOHAMENYA GUTE ?.

31.05.2015 à 15:19
SINAMENYE

ndayishaka kweli

29.05.2015 à 17:23
audace ndizigiye

NGUZE NYISHI MUNTWARA AMAHERA NTA BONUS MURANDOSA PLUS OU MOINS N’AGAPIRA.

13.05.2015 à 07:42
BIZINDAVYI

Nanje. Ndayishaka

20.04.2015 à 05:58
Achel
1 | 2

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.