IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Ukwemera > AMASHENGERO > Amashengero adakwije ivyangombwa yahawe amezi 5 yo kwitunganya

Amashengero adakwije ivyangombwa yahawe amezi 5 yo kwitunganya

Wednesday 31 January 2018, by Jean De Dieu

Ivyo yabishikirije mu nama ubwo bushikiranganji bwatunganije buriko busigurira abarongoye amashengero atandukanye ibijanye n’ivyahinyanyuwe mw’ibwirizwa shingiro.

Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu n’inyigisho zo gukunda igihugu Pascal BARANDAGIYE yamenyesheje abo barongozi b’amashengero ko ico kiringo giheze ishengero idakwije ivyangombwa izoca yugarwa.

Muriyo nama, uyo mushikiranganji yabwiye abo barongozi kw’intererano y’amatora yo mu mwaka wa 2020 ku mashengero barongoye ari ngombwa.

Abarongozi bitavye iyo nama bamenyesheje ko intererano yabo izotangwa kuko nabo nyene ibijanye n’amatora bibaraba.

JPEG - 84 kb
Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu n’inyigisho zo gukunda igihugu Pascal BARANDAGIYE

Bikorimana Vianney

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.