IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ukwemera > AMASHENGERO > Gitega : Patiri MUDOMO Marcel yashinguranywe iteka

Gitega : Patiri MUDOMO Marcel yashinguranywe iteka

jeudi 15 février 2018

Patiri MUDOMO Marcel yarabaye kandi umumenyeshamakuru ku nsamirizi ’’Mariya Burundi’’ yegukira ekleziya katorika mu Burundi,aho yakoreye igihe kitari gito mu gisata c’ibiganiro.

Patiri MUDOMO Marcel arazwi cane n’abaciye kw’ishure ryisumbuye rya Lycee Gitega, kuko yabaye mu bapatiri basoma imisa kuri iryo shuri mu kiringo kitari gito.

Yari yavutse mu mwaka wa 1955, akaba yitavye Imana, kuwa mbere igenekerezo rya 12 Ruhuhuma 2018.

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.