CECAFA : Ikirangaminsi c’inkino cahindutse

Yanditswe na Pacifique BUKURU
Kuya 1er décembre 2017 saa 12:19
12885
0 0

Ikirangamisi c’inkino za CECAFA Senior Challenge zigiye gutangura mu gihugu ca Kenya kw’igenekerezo rya 3 gushika kw’igenekerezo rya 20 Kigarama cahindutse.

Iryo hinduka ryatumwe n’uko igihugu ca Zimbabwe cashimye kuva mur’iryo higanwa.Umurwi B ari nawo urimwo Uburundi ukaba ariwo wahindutse, ukaba usigayemwo ibihugu bine gusa arivyo Uburundi, Uganda, Sudani y’epfo hamwe na Ethiopiya.

Umurwi A ugizwe n’ibihugu bitanu arivyo Rwanda, Kenya, Tanzanie, Zanzibar hamwe Libiya.

Mu murwi A inkino zizogenda uku gukurukira :

3/12/ 2017 : Libya- Tanzania
Kenya-Rwanda
5/12/2017 : Zanzibar-Rwanda
Kenya –Libya
7/12/2017:Tanzania- Zanzibar
Rwanda-Libya
9/12/2017 : Rwanda-Tanzania
Kenya-Zanzibar

11/12/2017:Libya-Zanzibar
Kenya-Tanzania

Mu murwi B ari nawo wabayemwo ihinduka, inkino zizogenda uku gukurikira

4/12/2017 : Uganda-Burundi
5/12/2017:Ethiopia-Sudani y’epfo
7/12/2017:Ethiopia-Burundi
8/12/2017:Uganda- Sudani y’epfo
10/12/2017:Ethiopia- Uganda
11/12/2017:Sudani y’epfo- Burundi


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha