CHAN2018 :Bimwe mu bihugu bizokina igice ca kane gishira ica nyuma biramaze kumenyekana

Yanditswe na BIKORIMANA Vianney
Kuya 19 janvier 2018 saa 09:42
12420
0 0

Ibihugu bimwe bimwe bizokina igice ca kane gishira ica nyuma mw’ihiganwa rya CHAN ryo mu mwaka wa 2018 biramaze kumenyakana. Muri ivyo, hakaba harimwo ibihugu vya Zambiya,Namibie,Maroc hamwe n’igihugu ca Sudani.

Umwe mu mirwi yahabwa amahirwe yo gushobora gushika ku rwego rwo gutwara ico gikombe kiramaze gusezererwa iryo higanwa naco akaba ari igihugu ca Cote d’Ivoire .

Inkino zitegekanijwe gukinwa uno musi n’iziza guhuza igihugu ca Libiya na Nijeriya igihe c’isaha 10 y’amasaha mpuzamakungu hamwe n’igihugu c’Urwanda kiza gukina n’igihugu ca Guinee Equatoriale igihe c’isaha imwe n’igice z’ijoro ku masaha mpuzamakungu.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha