IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Amahiganwa > CHAN2018 : Umurwi nserukiragihugu w’Urwanda waronse intinzi ya (...)

CHAN2018 : Umurwi nserukiragihugu w’Urwanda waronse intinzi ya mbere

samedi 20 janvier 2018

Mu rukino rwabaye mw’ijoro ryo kur’uyu wa gatanu igenekerezo rya 19 Nzero 2018, umurwi nserukiragihugu w’Urwanda waronse intsinzi yawo ya mbere y’igitsindo kimwe ku busa.

Igitsindo kimwe c’umurwi nserukiragihugu w’Urwanda cinjijwe na Manzi Thiery ku munota wa 66, urukino ruca rurinda ruhera umurwi wa Guinée Equatoriale udashoboye kukigombora.

Inyuma y’iyo ntsinzi,umurwi nserukiragihugu w’Urwanda uciye ukwiza amanota ane, kuko mu rukino rwawo rwa mbere wari wanganije n’igihugu ca Nijeriya ubusa ku bundi.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.