IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Amahiganwa > Cibitoke : Uwutahukana ikibanza ca mbere mw’ihiganwa ryo kwiruka aronswa (...)

Cibitoke : Uwutahukana ikibanza ca mbere mw’ihiganwa ryo kwiruka aronswa ipikipiki

vendredi 30 Ruheshi 2017, par Egide NDUWIMANA

Inyuma y’ico gice ca nyuma (Final) c’ugusiganwa ku rwaruka rwitavye iryo higanwa, bitegekanijwe ko uwuza kuba uwa mbere aronswa agashimwe k’ipikipiki iciye agaciro k’imiriyoni 3 z’amafaranga y’amarundi.

Iryo higanwa ryatunganijwe n’imvukira z’intara ya Cibitoke, mu ntumbero yo kurondera urwaruka rufise impano n’ubushobozi bwo kwiruka kugira barufashe guteza imbere no kunagura impano.

Mwomenya ko ico gice ca nyuma c’iryo higanwa catewe iteka n’icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu Joseph BUTORE asanzwe avuka muri yo ntara, hamwe n’abashikiranganji babiri, Janviere NDIRAHISHA w’indero hamwe n’umushikiranganji w’agateka ka zina muntu Martin NIVYABANDI.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.