IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Amahiganwa > Igikombe c’umukuru w’igihugu : Imirwi 16 izokina igice ca 8 gishira ica nyuma (...)

Igikombe c’umukuru w’igihugu : Imirwi 16 izokina igice ca 8 gishira ica nyuma yamenyekanye

lundi 5 mars 2018

Mu nkino z’igice ca 16 gishira ica nyuma, mu nkino 16 zakinywe ku magenekerezo ya 2, 3 na 4 Ntwarante 2018, imirwi yatsindanye uku :

- Club Matana Bururi 0-2 Delta star
- Aigle noir 1-1 Les Lierres (Aigle noir irabandanije inyuma yo gutsinda amapenariti 5 kuri 4 ya Les Lierres Fc)
- Rukinzo Fc1 -2 Santé Fc de Ngozi
- Messager Ngozi 11-0 Freedom de Ruyigi
- New Oïl Fc 0-1 Rumonge City
- Bujumbura City 0-2 LLB S4a.
- Musongati Fc 3-1 Busoni Stars
- Transport Fc 0-1 Muzinga Fc
- Panthère Fc 0-0 Muramvya City (Muramvya city yatsinze kuma penariti 3-0)
- Club Kiremba 1-2 Pigeon du centre Mwaro
- Malaika Fc 0-8 Olympic star ( Slim Saidi 6 , Magloire 1,Pascal 1).
- BsDynamik 1 - 0 Volontaires Fc
- Flambeau de l’Est 4-1 Les Crocos
- Athletico Olympic 4-0 Bumamuru fc
- Kayanza United 0-2 Vitalo
- Inter Star 2-0 Lumière FC de Mwumba

Inyuma y’izo nkino, imirwi 16 yatsinze izohura uku gukurikikira :

Vitalo FC - Rumonge city
LLB S4a - Flambeau de l’Est
Atletico Olympic - Musongati Fc
Pigeon du centre - Muzinga Fc
Messager Ngozi - Olympic Star
Burundi Sports Dynamic - Muramvya city
Santé Fc de Ngozi - Delta star
Aigle Noir - Inter Stars

Mu gihe muri izo nkino hari izobereye ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore, izo nkino zizobera ku bindi bibuga, kuko ikibuga citiriwe umuganwa Rudoviko RWAGASORE kiriko kirasanurwa, ibikorwa bikaba vyatanguye kw’igenekerezo rya 1 Ntwarante 2018.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.