IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Amahiganwa > Coupe du president : Imirwi izokina igice ca 16 gishira ica nyuma yagiye (...)

Coupe du president : Imirwi izokina igice ca 16 gishira ica nyuma yagiye ahabona

lundi 5 février 2018

Muri izo nkino zakinywe, ibitsindo vyinshi vyarabonetse bikaba vyarigaragaje ko imirwi yo mu cicaro ca mbere isumvya cane iyindi mirwi.

Umurwi wa Messager Ngozi, kur’uyu w ‘Imana igenekerezo rya 4 Ruhuhuma 2018, ukaba wakoreye ibisiga ubwenge umurwi wa Agakura FC wo mu ntara ya Mwaro, mu kuwutsinda ibitsindo 22 vyose ku busa.

Umurwi wa Vital’o nawo ukaba wari watsinze ibitsindo 12 vyose kuri 1 umurwi wa Kiganda, ku munsi wa gatanu igenekerezo rya 2 Ruhuhuma 2018.

Muri rusangi, inkino zakinwe kur’uyu wa gatandatu n’uw’Imana amagenekerezo ya 3 na 4 Ruhuhuma 2018 zagenze uku gukurikira.

Kuwa 3/2/2018 :

Panthère Cankuzo 0-0 Butare Kayogoro ( 3-1 penalties )
Aigle Noir kigwena 1-5 Les Lierres
Ruyigi City 1-3 Athletico Olympic
Club Kiremba 5 -1 Intaramvyi Kinyinya
Busoni star 1-0 Les Envoyés
Volontaire 1 -0 Commerçants de Ngozi
Ngozi city 0-3 Musongati Fc
Bumamuru 1-0 Magara Stars
BS Dynamic 11-0 Lumière du moso
Muramvya City 3-1 Jecca Regina Mundi

Kuwa 4/2/2018 :

Agakura Fc de Mwaro 0-22 Messager Ngozi
Flambeau du centre 2-5 Aigle noir Makamba
Transport Fc 8-0 Bweru Fc
Pigeon du centre 3-0 Butaganzwa de Ruyigi
Muzinga Fc 2-0 Mapenzi Fc
Unité Fc 1-2 Rukinzo Fc
Santé Fc 0-0 Espoir Fc (5-4 kuma penalties)
Olympic star 4-0 Gitaza Fc
Étoile de l’aube 0-1 Club Matana
Rusizi Fc 1-2 Delta star
Freedom de Ruyigi 1-0 Gatete Fc
Malaika Fc 3-2 Bioénergie fc

Mu gice gice ca 16 gishira ica nyuma,imirwi izohura uku gukurikira :

Kayanza utd - Vital’o fc
New Oil fc - Rumonge city
Buja City - LLB S4A
Flambeau de l’est - Les Crocos
Athletico Olympic-Bumamuru Fc
Musongati Fc-Busoni star
Volontaires fc-B.S Dynamik
Panthère fc-Muramvya city
Club Kiremba-Pigeon du centre
Transport fc-Muzinga fc
Rukinzo Fc-Santé Fc de Ngozi
Étoile de l’Aube-Delta star
Aigle noir-Les Lierres
Lumière de Mwumba-Inter star
Messager Ngozi-Freedom de Ruyigi
Malaika Fc-Olympic star

Inkino z’igice ca 16 gishira icanyuma zitegekanijwe gukinwa hagati y’amagenekerezo ya 2,3,4 Ntwarante 2018


BUKURU Pacifique

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.