IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Amahiganwa > EAC : Umurwi waserukiye inama nshingamateka y’Uburundi waronse intsinzi ya (...)

EAC : Umurwi waserukiye inama nshingamateka y’Uburundi waronse intsinzi ya mbere

vendredi 8 décembre 2017

Urwo rukino rwahuje umurwi waserukiye inama nshingamateka y’Uburundi n’iya Kenya, rwabaye ku muhingamo w kur’uyu wa kane, umurwi waserukiye inama nshingamateka y’Uburundi watsinze ibitsindo bitatu, kuri kimwe ca Kenya.

Amakuru ava aho i Dar-Es-Salaam amenyesha ko urukino rwa nyuma rutegekanijwe kur’uyu wa kane ruza guhuza umurwi waserukiye inama nshingamateka y’Uburundi, hamwe n’inama nshingamateka y’uumuryango wa Afrika y’Ubuseruko.

Izo nkino zatanguye kw’igenekerezo rya 1 Kigarama 2017, zizorangira kuwa mbere igenekerezo rya 11 Kigarama 2017, uwo munsi nyene imirwi izohabwa ubushimwe, ice isubira mu bihugu vyayo.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.