IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Amahiganwa > FFB : Uburundi bushobora kwakira ihiganwa rya CECAFA ry’abatarenza imyaka (...)

FFB : Uburundi bushobora kwakira ihiganwa rya CECAFA ry’abatarenza imyaka 17

jeudi 4 janvier 2018

Nkuko amakuru dukesha ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB abimenyesha, Nickolas Musonye yaje kuraba ko Uburundi bufise ibibuga bishobora kwakira amahiganwa, hisunzwe ko bufise amazu y’uburaro, ibibuga bikwije ibisabwa n’amategeko mpuzamakungu.

Mu gihe umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe CECAFA yosanga ibibuga bikwije ibisabwa n’amategeko, iryo higanwa rishobora kubera mu ntara za Gitega, Ngozi na Bujumbura na Muyinga.

Bitegekanijwe ko hamwe ata gihindutse mu nteguro ,izo nkino zizoba mu ntango y’ukwezi kwa kane 2017.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.