IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Inkino > Amahiganwa > Football: Igikombe c’Umukuru w’igihugu kigiye guhiganigwa n’imigwi (...)

Football: Igikombe c’Umukuru w’igihugu kigiye guhiganigwa n’imigwi 63

Thursday 11 January 2018, by Jean De Dieu

Mu gice ca mbere c’ihiganwa, imigwi izogenda uku gukurikira:

–Kayanza United vs New force
- Kiganda city vs Vital’o
- Les éléphants vs New Oil
- Rumonge city vs Kalifumu
- Buja city vs Magara Young boys
- Messager Bujumbura vs LLB-S4A
- Flambeau de l’Est vs Moso Sugar
- Les Crocos vs Etoile du Nord
- Ruyigi City vs Athletico olympic
- Bumamuru vs Magara Star
- Musongati Fc vs Ngozi city
- Busoni star vs Les envoyés
- Volontaites vs Commerçants de Ngozi
- BS Dynamique vs Lumière de Moso
- Panthère vs Butare City
- Muramvya city vs JC Regina Mundi
- Kiremba Fc vs Intaramvya Fc
- Pigeon du centre vs Butaganzwa Fc
- Transport Fc vs Bweru Fc
- Muzinga vs Mapenzi Fc
- Unité Fc vs Rukinzo Fc
- Santé de Ngozi vs Espoir de Gatumba
- Etoile de l’aube vs Matana City
- Rusizi Fc vs Delta star
- Flambeau du centre vs Aigle Noir Makamba
- Aigle Noir Kigwena vs Les lierres
- Les jeunes athletics vs Lumière de Mwumba
- Inter stars vs Top junior
- Agakura vs Messager Ngozi
- Freedom de Gisuru vs Gatete Fc
- Malaika vs Bio-Energie

Umugwi wa Olympic Star waheruka gutwara igikombe ukaba uzoca ukina mu gice gikurikira ukazokina n’umugwi uzoba watsinze hagati ya Santos FC na Gitaza FC kuko ziyandikishije ziteba.


Pacifique BUKURU

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.