IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Amahiganwa > Ikirangaminsi c’uko imirwi izohura mu gikombe c’umukuru w’igihugu (...)

Ikirangaminsi c’uko imirwi izohura mu gikombe c’umukuru w’igihugu camenyekanye

mardi 13 février 2018

Izo nkino zizokinwa uku gukurikira.

Igenekerezo rya 2/3/2018 :

Isaha 13h Buganda : Kayanza Utd - Vital’o fc
Isaha 15h P.Louis : Volontaires Fc - BS Dynamik
Isaha 13h Gitega : Lumière Fc de Mwumba - Inter star
Isaha 15h Gitega : Flambeau de l’Est- Les Crocos
Isaha 15h Ivyizigiro : Athletico Olympic-Bumamuru Fc

Igenekerezo rya 3/3/2018 :

Isaha 15h Muyinga : Musongati Fc-Busoni star
Isaha 15h P.Louis : Transport Fc - Muzinga Fc
Isaha 13h Gitega : Panthère Fc-Muramvya City
Isaha 15h Gitega : Club Kiremba - Pigeon du centre
Isaha 15h Muramvya : Rukinzo Fc-Sante Fc Ngozi

Igenekerezo rya 4/3/2018 :

Isaha 15h Ivyizigiro : Club Matana Bururi - Delta star
Isaha 15h Urukundo : Aigle noir - Les Lierres
Isaha 13h Gitega : Malaika Fc Karuzi - Olympic star
Isaha 15h Gitega : Messager Gitega-Freedom Fc Ruyigi
Isaha 13h P.Louis : New Oil-Rumonge City
Isaha 15h P.Louis : Bujumbura city -Lydia Ludic S4a .

Mu mirwi 32 izokina igice ca 16 gishira icanyuma, 11 niyo isanzwe ikina mu cicaro ca mbere co mw’ihiganwa rya Primus Ligue Burundi.


BUKURU Pacifique

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.