IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Amahiganwa > Janna Novotna yahoze ari rurangiranwa mu rukino rwa Tennis yitavye (...)

Janna Novotna yahoze ari rurangiranwa mu rukino rwa Tennis yitavye Imana

lundi 20 Munyonyo 2017, par Egide NDUWIMANA

Janna Novotna akaba yatwaye ibikombe bitari bike nko mw’ihiganwa rikomeye rya Wimbledon.

Janna Novotna yatwaye ibikombe 24 akina ari umwe, hamwe n’ibikombe 76 bakina ari babiri babiri, harimwo 12 vya Grand Chelem.

JPEG - 38.4 ko
Janna Novotna

Ishirahamwe WTA rimemenyesha ko Janna Novotna yitavye Imana atekanye ari kumwe n’umuryango wiwe mu gihugu ca Repubulika ya Tchèque, akaba yari yavutse igenekerezo rya 2 Gitugutu mu mwaka wa 1968, mu gisagara ca Brno kigira kabiri mu gihugu ca Repubulika ya Tchèque, akaba yahagaritse ivyo gukina Tennis mu mwaka wa 1999.


Pacifique BUKURU

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.