Accueil > Ubuhinga bwa none > Smart > Koresha internet ya Smart ku buntu hamwe na "Happy hour"
Koresha internet ya Smart ku buntu hamwe na "Happy hour"
mardi 25 Ndamukiza 2017, par
Ako karusho katanzwe na Smart kazoshika kw’igenekerezo rya 22 Rusama 2017, kagafasha abanywanyi ba Smart gukoresha ku buntu internet ya Smart, kuva isaha zitandatu z’umurango gushika isaha indwi.

Umunywanyi wa Smart asabwa akantu kimwe gusa.. Kuba afise ama inite uko angana kwose, ariko ari hejuru y’ubusa.
Ni nde atokunda akarusho gatanzwe ku buntu? Hamwe na Smart, twiyagire tutinona.
IGIHE