IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amagara y’abantu > Isuku > Rugombo : Abantu batanu bafashwe na Korera

Rugombo : Abantu batanu bafashwe na Korera

mercredi 4 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Abanyagihugu bo kuri iyo misozi abafashwe bavukako bamenyesha ko iyo ngwara ishobora kuba yatewe n’ubukene bafise bw’amazi meza, kuko bakoresha ayo mu myonga.

Abo mu yandi makomine y’iyo ntara nabo bakaba batekewe n’ubwoba bw’uko iyo ngwara ishobora gutandukira n’ahandi, kuko ubwo bukene bw’amazi meza ari ikibazo cibonekeza ku misozi itari mike y’iyo ntara ya Cibitoke.

Abajejwe amagara y’abantu muri iyo ntara basaba abanyagihugu kwubahiriza amabwirizwa y’isuku, hakaba hategekanijwe igikorwa c’ugupompa imiti mu ngo zimaze kuvamwa abarwayi.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.