Smart Burundi yabazaniye "Insta sport"

Yanditswe na IGIHE
Kuya 4 Nyakanga 2017 saa 04:46
Yasomwe : 2043
0 0

Murakunda umupira w’amaguru ? Murashaka kumenya ibigezweho muri football ? Smart yabazaniye igisata kibafasha kumenya amakuru atandukanye y’umupira w’amaguru.

Muripfuza kumenya imigwi iri mw’ihiganwa, igurishwa ry’abakinyi canke ibitsindo vyo mu mahiganwa?

Iyandikishe mugufyonda *135# canke wandike ubutumwa bugufi urungike kuri 135 hama uhitemwo umugwi wipfuza, uheze wironkere amakuru yose yo kuri uwo mugwi ku mafaranga 140 gusa ku musi.

Mukeneye kuronka ubutumwa bw’amajwi(messagerie vocale), hamagara 135 ku mafaranga 55 gusa ku munota.

Bakunzi b’umupira w’amaguru iyandikishe ku munsi ku musi, hama mwironkere amakuru ku migwi mwipfuza.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha