Smart Burundi yazanye bishasha na « BOUQUETS MIXTES »

Yanditswe na IGIHE
Kuya 4 Ndamukiza 2017 saa 01:25
9180
0 0

"Bouquet mixte" ni uburyo bushasha bushoboza abanywanyi ba Smart guhamagara hamwe n’ukurungika ubutumwa bugufi (SMS) ku biciro ata handi biri. Kugira umunywanyi wa Smart aronke ako karusho, afyonda *888#, agashiramwo igiharuro 2, mu nyuma agahitamwo "Bouquet" yipfuza.

Iminota 5 na SMS 5 ku munsi umwe, umunywanyi asabwa amafaranga 400. Fyonda * 888 #, hitamwo 2, hanyuma wandike igiharuro 1

Iminota 12 na SMS 12 ku munsi umwe, umunywanyi arihishwa amafaranga 900. Fyonda * 888 #, hitamwo 2, hanyuma wandike igiharuro 2

Iminota 20 na SMS 20 ku minsi itatu, igiciro ni amafaranga 2500. Fyonda *888#, hitamwo 2, hama wandike igiharuro 4

Iminota 55 na SMS 55 ku minsi indwi, igiciro ni amafaranga 4000. Fyonda *888#, hitamwo 2, hanyuma wandike igiharuro 5

Iminota 140 na SMS 140, ku minsi 30, igiciro ni amafaranga 10000. Fyonda *888#, wemeze na OK, hanyuma uhitemwo kabiri. Inyuma y’aho wandika igiharuro 6 kugira uheraheze.


Kumenyekanisha

1
Wakera 6-04-2017 à 11:27

You guys are crazy!! You are charging people a lot of money!!! Have mercy on them. Where do you think that money can come from! If you give a real benefit to your customers, give them unlimited talk and text for a certain amount of money that everybody can afford!

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha