IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Amahiganwa > Umurwi Imboneza FC watahukanye ikibanza ca gatatu mu mahiganwa ahuza abana (...)

Umurwi Imboneza FC watahukanye ikibanza ca gatatu mu mahiganwa ahuza abana bo mw’ibarabara

mercredi 16 mai 2018

Umurwi Imboneza FC watahukanye ikibanza ca gatatu, inyuma yo gutsinda mu rukino rwo guhiganirwa ico kibanza, umurwi wa Indoneziya, ibitsindo bitatu kuri kimwe.

Ibitsindo vy’umurwi Imboneza FC, vyinjijwe na Christian Ndihokubwayo, Assumani Massudi na Arnaud Ndahabonimana.

Umurwi Imboneza FC waserukiye Uburundi wakinye igice ca kabiri gishira ica nyuma inyuma yo gutsinda umurwi wa Belarussie ibitsindo bitatu ku busa.

Mu gice ca kabiri gishira ica nyuma, umjrwi Imboneza FC, watsinzwe n’uwa Uzbékistan igitsindo kimwe ku busa.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.