WIFI HOTSPOT ya Smart Burundi iboneka ku buntu hamwe no ku mafaranga make

Yanditswe na
Kuya 16 Rusama 2017 saa 05:00
Yasomwe : 3465
0 0

Nimwironkere WIFI HOTSPOT ya Smart Burundi, iboneka ku buntu hamwe no ku mafaranga make.

Ugukoresha iyo internet WIFI ni ku buntu mu minota cumi n’itanu ya mbere, kugira umunywanyi abanze yirabire ubwiza bw’iyo WIFI iri ku rugero rwo hejuru.

Iyindi minota irihishwa amafaranga atari menshi, amajana atanu gusa kw’isaha, igihumbi ku masaha atatu, mu gihe umunsi wose ari amafaranga ibihumbi bitatu gusa.

Iyo WIFI iri mu bibanza bine bitandukanye vyo mu gisagara ca Bujumbura. Ivyo navyo ni : Restaurant Fleur de Sel, l’ARENA Club, le salon de massage En-Hakkoree muri Rohero hamwe na Bar Relax Plus iri muri Rohero nyene.

Ntahandi muzoyisanga atari muri SMART honyene !!


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha