Accueil > Ubuhinga bwa none > Smart > Weekend y’imbonekarimwe hamwe na "Weekend Promo" muri Smart
Weekend y’imbonekarimwe hamwe na "Weekend Promo" muri Smart
vendredi 27 Gitugutu 2017, par
Ya minota 5 mwagura amafaranga 450 ntikimara umusi umwe gusa. Hamwe na Weekend Promo, imara imisi 7.
Fyonda *888*2*1*1# hama wironkere iminota 5 yo guhamagara smart kuri smart ikamara ikiringo c’imisi 7. *888*2*1*2# hama wironkere iminota 10 ku mafaranga 850 ikamara imisi 7.
Ntimwibagire ! Umunywanyi wa Smart ashobora gushiramwo uwo muganda incuro zose yipfuza muri iyi weekend.
Akabirya rero muri iyi weekend, n’uko batatu ba mbere bazoshiramwo incuro nyinshi uwo muganda muri iki kiringo co kuva itariki 27 gushika 29 z’uku kwezi nyene, azoronka agashimwe k’ama inite agera ku mafaranga ibihumbi mirongo itanu. (50.000Fbu).
Ntimutangwe guhimbaza weekend n’akarusho gashasha hamwe na Smart.

IGIHE