IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Amahiganwa > Rallye ngozi : Igice canyuma c’amahiganwa (FOTO)

Rallye ngozi : Igice canyuma c’amahiganwa (FOTO)

dimanche 16 Munyonyo 2014

Muri ayo mahiganwa, yabereye mu ntara za Kayanza na Ngzi, tukaba twobamenyesha ko bamwe baja bamaze kuvamwo, aha tukavuga nk’abaje bava mu gihugu c’Urwanda, aho umuduga wabo wazungurutse rimwe gusa, uca urakwama, ndetse no mugutaha, ukaba wazanywe kuri ya miduga itahana izakwamye.

Ikindi mwomenya ni uko ayo mahiganwa ageze ku ntambwe yanyuma, aho igice canyuma arico gishushe, kikaza kubera mu Vyerwa vya Ngozi.Mu gisagara ca Ngozi ahaza kubera ayo mahigana hakaba hashushe rwose, igisagara kikaba cakiriye abantu benshi rwose, bamwe bakaba bavuye mu bihugu vy’Urwanda, Tanzaniya, Kongo iharanira intwaro rusangi, Uganda, Kenya, eka na bamwe mu bakozi bo mu buserukizi bw’ibihugu vyabo mu Burundi, bakaba baje kuratira ijisho.

Tukabamenyesha ko ivyo bikorwa vyatewe iteka n’umushikiranganji ajejwe inkino n’imico kama Adolphe Rukenkanya.

Aristide Nizigire

Messages

  • Abanyarwanda bateye isoni hahahhahahahahahahhahahah.well done my beloved country Burundi.uteye igomwe.

  • Cutiyanje Jean, ibigora bigorabagabo kandi ntawupfa atabanje kuvuka, abobanya Rwanda ivyabashikiye nabandi vyamavyabashikiye, arikovyase baribaduze

  • abanya Rwanda ko bakunda kwiyemera cane.vyabagendeye gute?

  • one day nzoza mbakorere amahiganwa aryoshe gusumba ayo!

  • Erega burya, abanyarwanda nta mahiganwa nkayo yukwiheba boshobora!Mugabo ubashize mwihiganwa ry!akarimi boba abambere.Urazi batanguye kuryeryesa akarimi,nubwismebwinshi,wogira barashoboye vyose Hinge uze wumve ngo bariko baraterera ivyiyumviro abarundi babura kubanza gutunganya ivyabo,oya n’ukuri barateye isonii pe! Barundi: Amajambo make,gwizaibikorwaaa twihe iteka mu makungu.

  • Haaaaa, yewe abarundi ahubwo ntabwo musobanukiwe na Rally peee muracyari inyuma cyane , ok abo bitwa koari abarundi batwaye iyo Rally murebe amasura yabo ?? ni abarundi koko?? cyangwa barakina kucyo bita licence y’ uburundi ariko si abarundi ????? musobanukirwe neza ejo uriya wabayeuwa mbere ashobora kujya muri uganda agafata licence yaho naho agakina ari umunya uganda, mais twebwe abo bakinnye bacu wabonye ni abanyarwanda pure twe turi proud yabo na resultat babonye nta soni ziduteye , iki kandi urebe n’ umurundi nyawe wagiyemo aho il faut voir imadoka yakinishije ???? toyota celica ??? hhhhhhhhhhhhnibyo biteye isoni ahubwo ntabwo muraba aba professionel muri Rally ??? reba umukinnyi wacu KWIZERA Claude imodoka yakinishije ni version yanyuma ya SUBARU Impreza N12 mu gihe BUKERA ukomeye iwanyu ari kuri N10 hhhhhhhhhhhhh???? uyu ni umukino wa abantu bifite mu byemere kandi i burundi ntakintu mufite vraiment ??????? Rwandair mwayibonye mu gutera inkunga ????? ko ntacyo yo mwayivuzeho Bashingantahe ?????????? mujye mwemera iyo umuntu akuruta aba akuruta ??????

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.