Ibitaro vyitiriwe Umwami Khaled vyaronkejwe imashine bita Dialyse

Yanditswe na IGIHE
Kuya 20 avril 2016 saa 01:34
Yasomwe : 23409
0 0

Ubushikiranganji bw’amagara y’abantu mu Burundi bwashikirije ibitaro Roi Khaled vyo mu Kamenge imashine zibiri bita Dialyses zifasha kuvura ingwara y’amafyigo.
Umushikiranganji w’amagara y’abantu, Muganga Josiane NIJIMBERE yamenyesheje kuri uwu wa gatatu igihe izo mashine zatangwa kuri ivyo bitaro ko ari akarusho gakomeye, kuko zizofasha abantu bahora barinda kuja kwivuriza hanze iyo barwaye ingwara y’amafyigo.
Muganga Josiane NIJIMBERE akaba yamenyesheje kandi ko n’abaganga bazokoresha izo (...)

Ubushikiranganji bw’amagara y’abantu mu Burundi bwashikirije ibitaro Roi Khaled vyo mu Kamenge imashine zibiri bita Dialyses zifasha kuvura ingwara y’amafyigo.

Umushikiranganji w’amagara y’abantu, Muganga Josiane NIJIMBERE yamenyesheje kuri uwu wa gatatu igihe izo mashine zatangwa kuri ivyo bitaro ko ari akarusho gakomeye, kuko zizofasha abantu bahora barinda kuja kwivuriza hanze iyo barwaye ingwara y’amafyigo.

Muganga Josiane NIJIMBERE akaba yamenyesheje kandi ko n’abaganga bazokoresha izo mashine bahari, abazobafasha nabo bakaba bagiye kwigishwa.


Kumenyekanisha

1
Pythagore 1er-06-2016 à 05:26

Turashimiye Imana Numushikiranganji Wamagara Y’abantu Kubayiyumviriye Kuzanicogikoresho Imanihezagirwe Murakoze.

2
Niyorugira Egide 22-04-2016 à 05:36

Ntanguye Gushima Kuroco Gikorwa Ndasha Mbaze Iyomashine Izo Tangura Kukora Ryari ?

3
MUCO 21-04-2016 à 12:48

IMANA ISHIMWE NIBINDI IZOBITUGABIRA.

4
nzobandora 21-04-2016 à 12:25

Haha abashigikiy abo bicanyi baracajujuta. Ukuronka ivyuma bigezweho ni kimw ukubikoresha nikindi. Kumpanda ntihari scanair ! Kirabuza ko umuntu bamwubwira ko icuma kitabona ! Mbega icuma nico kitabona cank nabantu batabona ? Muraja ngaho mwitera amashurw mwabijujumw vyabicanyi. Iyo Dialyse ngira izokora yoyo kwisanze ikoresha amaraso mugukora akazi kayo. Ngira mwabitse menshi.

5
bako 20-04-2016 à 23:27

aha iyaba arinkuru yabapfuye ,commentaires ziba arumuyoro.nonehe ntkakivugwa.none bdi bakundiki ????

6
bako 20-04-2016 à 15:40

je abarundi baratangaje,nkiki ciza ntanumwe arandika commentaire,iyaba ari ibiziga baba bamaze kwandika.

7
gwasa 20-04-2016 à 14:41

ego cane nivyiza nireta yayiguze,apana imfashanyo.Aho di Minirtre

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha