Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Inkino \BB Amahiganwa
Jeux Olympiques : Bamwe mu baserukiye Uburundi barahiganwa
Yanditswe taliki ya 12-08-2016 - isaha 12:52' na IGIHE

Mu rukurikirane rw’inkono mpuzamakungu za "Jeux Olympiques" ziriko zibera i Rio de Janeiro mu gihugu ca Bresil, bamwe mu baserukiye Uburundi batangura amahiganwa kuri uwu wa gatanu.

Abahiganwa kuri uwu wa gatanu ni Antoine Gakeme asiganwa ku metero amajana umunani, Diane Nukuri aza guhiganwa mu biruka imetero ibihumbi cumi, hamwe na Elsie Uwamahoro aza guhiganwa mu basiganwa mu kwoga (natation).

Ivyiyumviro vyanyu

yamara mwese aboknwisi turihenda kagame na nkuluziza bavamaraso bos ntanumwe atazobazwa uburyo yayoboye buca bitaba nabo uwabaremwe uwuluta uyundi nuwuhogwa Imana gusa none bos babangikanya Imana amoko naImana ntidukwie kuapfa mulabaze abaislamu bariko balicwa nakagame ico abahola kavuga ngo nimigwi yinkozizibibi babalasa batatohoj alalebe neza yakize ugwi nterahamwe urwabaslamu ntazolukira nabanyamelika baraganya ico barutakulie none urwanda ugomba uruhindure somali uzicuza ingambo za nkurunziza atakiziguha wamwitelanijeko mwalibamwe muhulila kubukilisu bwanyu bwoguhonyanga amategeko y,Imana ndabakebue kale nimureke ubwoko bw,Imana bwibeleho,

22.08.2016 à 22:33
HAKIZA

Haha abarundi baratay imitwe. Nkuyo yiyita Cakira atanazi naho imikino iriko irabera hahaha eka nibirambire nyene. Iyomvugo yukwirambira turazi aho tuyisanga ko ari kwa ba DD bataye imitwe nkawe mwe na sobuja Nkuru abazwa muri France ngo avuge umukinyi akunda akavuga ngo ni Zidan wa brasile 😂😂😂😂😂😂 eka nimwirambire nyene inkino ziriko zibera mubufaransa nivyo wabitoye.

15.08.2016 à 09:29
nzobandora

kubera kwirigwa mumyigaragambyo ntuzi naho jeux olympique ziri kubera @cakira ndagukebure ziri kubera muri Rio de Janeiro mugihugu cya bresil

14.08.2016 à 07:51
turaje

mu Burundi turashoboye abana bacu bagiye hariya mu bufaransa dusavye ko bokwereka ubufaransa ko dushoboye vyinshi,apana kudusuka ngo tumarane, NIYONSABA Francine nabandi barundi turabizeye,nimwirambire

12.08.2016 à 18:07
CAKIRA

Imana ibaje imbere batuzanire imidari y’ishimwe yinzahabu Burundi oooyyyeeee !!!!!.

12.08.2016 à 13:46
karorero

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.