Akadiho na LUMITEL : Ryohera abaguhamagaye mu gushiramwo akaziki

Yanditswe na IGIHE
Kuya 31 Myandagaro 2017 saa 10:32
Yasomwe : 1647
0 0

Akadiho ni igisata giha akaryo abanwanyi ba Lumitel ko gushiramwo akaziki
bipfuza, mu kuryohera ababahamagaye.

Ico gisata Akaziki ca Lumitel gikoreshwa n’abanwanyi bose bavyipfuza, basanzwe bakoresha umuhora.

Mu gutangura gukoresha ico gisata, fyonda *800# hama muhitemwo 1. Nayo uwipfuza akaziki asanzwe azi aho gaherereye, afyonda *800*10*inomero#.

Muri ico gisata, mushobora no kwironkera Akadiho kadasanzwe (Special), aho
muronka utuziki dutatu (3) mukunda, natwo tukaza turahindagurika uko indwi
iheze.

Mu kuronka akadiho kadasanzwe (Special), fyonda *800*13#. Mukamenya ko ico gisata kirihishwa amafaranga 10 y’amarundi (10 Frs Bu) ku ndirimbo muronse ku munsi. Mufise ico mubaza, hamagara igisata gifasha abanywanyi ku nomero 100.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha