Ntutangwe kuronka utuganuke na "Lumitel Bahe"

Yanditswe na IGIHE
Kuya 19 Mukakaro 2017 saa 09:37
Yasomwe : 2385
0 0

Nivyo, ntikiri indoto ku banywanyi b’umuhora wa mbere wagutse ariwo Lumitel udahengeshanya kwitaho abanywanyi bawo mu kugabanya ibiciro ku bidandarizwa muri iryo shirahamwe.

Mu ruganda ’’Lumitel Bahe’’ rwateguwe kw’igenekerezo rya 20 hamwe n’igenekerezo rya 28 Mukakaro 2017, Lumitel izobashikiriza igabanurwa ry’ibiciro ku bihingurirwa muri iryo shirahamwe, atahandi muzobisanga.

Murakeneye kumenya ibikorerwa muri iryo shirahamwe vyateguwe kubw’abanywanyi baryo?

Murakeneye kugura amaterefone ku biciro biganijwe gushika ku bice 60 kw’ijana ? Ntimutangwe !

Isango ni kw’igenekerezo rya 20 na 28 Mukakaro ku nzu y’ubudandaji ya Lumitel iri imbere y’ikigo ndangakaranga (Palais des arts), mu gisagara ca Bujumbura.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha