Ibiciro biragabanuka ku munywanyi aguze ama inite akoresheje LumiCash

Yanditswe na IGIHE
Kuya 3 juillet 2017 saa 10:43
Yasomwe : 1638
0 0

Lumitel ntihengeshanya gutangaza abanywanyi bayo mu kubazanira uturusho (igabanywa) tuborohereza mu gutumatumanako. Uguze ama inite ukoresheje LumiCash, uronka uturusho.

Kuva kw’igenekerezo rya 14 Ruheshi gushika kw’igenekerezo rya 31 Gitugutu 2017, Lumitel iratanga uturusho gushika ku bice umunani kw’ijana bigabanywa ku munywanyi wa Lumitel yiguriye ama inite akoresheje LumiCash.

Ku munywanyi aguriye ama inite umugenzi akoresheje LumiCash, agabanywa ibiciro gushika ku bice bitanu kw’ijana.

Hamwe na Lumitel, gura ama inite ukoresheje LumiCash mugabanywe ibiciro ku bice 8 kw’ijana muyiguriye n’ibice 5 kw’ijana muguriye uwundi muntu.

Banywanyi b’umuhora wa Lumitel, mufise ico mubaza, fyonda *163 *Ok hitamwo 3 hama ukurikire ibimenyeshwa.


Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha