IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Imigambwe > Imyaka ibiri iraheze abarundi badasiba kugandagurwa (Video)

Imyaka ibiri iraheze abarundi badasiba kugandagurwa (Video)

vendredi 28 Ndamukiza 2017, par Jean de Dieu M.

SC: Tele renaissance


IGIHE

Messages

  • Oyawamugabowe imyaka irarenga ahubwo 40 abarundibicwa.
    Urateye akagongwe!
    Ariko urenge wiyibagize nigandagura rya Rwagaso nabobaribacuditse nabanyagihugu bagandaguwe mwakiriyagihe!?
    Tubandanye nimumyaka yazamirongindwi ukuntu ibararyakomeje kurwa!?
    Kubandanya nomumyaka yaza 88 ibara ryakomeje kurwa abarundi bagakomeza kwicwa birenze urugero!?
    Kubandanya mumyaka 93 abarundi bakomeje kwicwa nkubunyegeri aho inyuma yokuba kudeta yogukombora uwari president Bagaza ukamengo nuwirikanye umuboyi wohambere ngaho kuko is yose yabifaje nkibisanzwe aragenda arwa uwaruhabo inyumayaho ngarutse muri 93 bavuze ati kudeta nkiyakorewe Bagaza ntacimaze atuyu prezida Ndadaye we tumwice maze baramwica nabobahokara abanyagihugu barahumbwahumbwa ivyokuvabibaye ntiwariho wavuziki!?
    Ubwicanyi bwarakomeje nomwuri 95 ahabarundi mukwicwa kwaruguhumbahumba ntiwariho wacuziki!?
    Ukwicwakwabarundi ntikwigeze guhagarara kwarakomeje nomumyaka yaza 2000-2003-2004 baryabose bicwa wavuziki!?
    Ubwicanyi bwarakomeje burakorwa mukwanka amatora yariyabaye mumwaka 2010 birya ntiwaribwakure!?
    Abarundi barakomeje baricwa nejobundi mumwaka 2015 aho abavugango hakwemera ikiringo cagatatu ca Nkurunziza ko ngobupfuma baturira abarundi bose cane bakabamaza amagrinade,amasasu,nibindi, ivyontivyabaye izubaryaka none impanuro uhaye ababikoze zirihe ko reta ahoyakavugiye at nihafatwe bake babaye banyirabayaza haricowigeze uvuga ahubwo nturenga ukizanira ivyikiringo (uruhendabana)
    Mwarahinyutse turimukinyenjana ca 21 hindura ivyiyumviro bitabayivyo uzorwakure nka Gahini.

  • Urimvuga kurimutama uretse abibajije ko kurambarara kubutegetsi batako bica abenegihugu aribwo butwari bakibagira gushika nubu Mandela yapfuye arimukuzimu nubu isi ikimushimagiza ahubwo birateye isoni kubona abantu nkabo tuzi bubahuka guhanura nkurunziza kurwa murudubi nkurwa yaguyemwo kandi bitwa Ngo nicabwenge ico nohanura mutama thanciano nuko yusubira kwubaha abamurongoye kuko niho umwasi atazoronka aho amenera

  • NIGIHEKI ABARUNDI BATAPFUYE !!1972 NIYO BAMBARIYE YATWAYE BENSHI!!
    1998 NARABONA NTEGA MARANGARA UKO ABANTU BICWA BAROSHWE MUMAZI!!
    1993 NIBWO BISHE NDANDAYE MUMBARIRE IGITIGIRI CYABANTU BAPFUYE!!
    IGIHE UBURUNDI BUZAGENDERA KUMARANGAMUTIMA YIKINDI GIHUGU ,NTIBIZOROHA NGO TUBONE AMAHORO!!IYO ATABA KAGAME MUBURUNDI TUBA DUFISE AMAHORO 100 KWI 100!!NIMURABE IVYO KAGAME YAKOZE!!
    icawu twemera ko hariho abatutsi nabahutu nabatwa ,kandi babanye neza ,ikibazo ni Kagame!!akoresha abinda nini!!

  • Wowe wiyita rugendo ubwo uba muzima? Ibibazo byanyu ntimukabizanemo u Rwanda.. murafitiye urwanda u rwanda ariko muribeshya nigihugu cyumugisha nimutareka umutima mubi mwabarundi mwe ntaho muzagera

  • Nimb Arabavyonzi Rekabagandagugwe Intumva Zamyeho

  • Natwe Dukenewe Gufashwa Muri Komine Ya Ruhororo

  • ibi biherana niyi myaka 5

  • NTAMVURA IDAHITA IVYO BIZOSHIRA TWIBERE MUMAHORO GIKURU TUBANDANYE DUSENGA IMANA

  • uyo thacien mubona bivugwa ko ari mu banditse plan ijanye no kuyobeza abahutu muri kaminuza y’uburundi.
    Pour tuer un peuple, il faut commencer par son education.
    ese ngaho ariko aravuga iki ko abo yatujije aribo bagarutse ku butegetsi. ahubwo iyo bahera kuri we kuko impene yivyarira umugabo

  • None Kuberiki Umugambwe Uri Kubutegetsi Utareka Abandi Biyamamaze?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.