IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Poritike > Imigambwe > Uwahora ari umukuru wa Sahwanya FRODEBU yagenywe kuwuserukira i (...)

Uwahora ari umukuru wa Sahwanya FRODEBU yagenywe kuwuserukira i Buraya

Monday 16 July 2018, by vianney

Mw’itegeko inomero 20/CP/PSF/2018 ryo kuwa 16 Mukakaro 2018,ryateweko umukono n’umukuru w’uyo mugambwe,Pierre Claver NAHIMANA amenyeshako Frédéric BAMVUGINYUMVIRA agenywe guserukira Sahwanya FRODEBU i Buraya,muri Caraibe na Pacifique.

Frédéric BAMVUGINYUMVIRA yahora ari umukuru w’umugambwe Sahwanya FRODEBU imbere yuko asubirizwa murayo mabanga biciye mu matora yatunganijwe mu mpera z’indwi iheze.


IGIHE

Forum posts

  • Yahora awuserukira Bulaya nomu Burundi none bigenzegute ngwasigarane gusa muburaya bwa Louis Michel gusa!

  • @Mama: Reka nkwishure naho wabajije ikibazo na wewe ushobora kwiyishura. Urumva arisanzuye, arashobora gutembera umugabane wa Buraya, agashika no mu mazinga ya Pacifique. Uca wumva ko aruta bamwe bazingamiye mu Burundi kuva 2015 badashobora gusohoka.

  • Ariko rero ntibikwiye,guterera amatora gusa mwibuke no kubaka amahinguriro meshi niho tuzokwikukira neza cane duteye imbere

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.