IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Judo > Judo : Ku munsi wa 2 w’ihiganwa Uburundi bumaze kuronka imidari (...)

Judo : Ku munsi wa 2 w’ihiganwa Uburundi bumaze kuronka imidari indwi

samedi 12 mai 2018

Iyo midari Uburundi bumaze gutahukana igizwe n’umwe w’inzahabu, itatu y’ifeza n’imidari itatu y’umujumbu.

Ihiganwa rya Judo ry’abkiri bato ririko ribera mu Burundi, kuva kw’igenekerezo rya 10 Rusama 2018, rizorangira kuw’Imana igenekerezo rya 13 Rusama 2018.

Ibihugu icumi na bitanu vyo ku mugabane wa Afrika nivyo vyitavye izo nkino, zizofasha kuronka abakinyi b’urukino rwa Judo bazoja mu nkino mpuzamakaungu z’urwaruka zizobera I Buenos Aires mu gihugu ca Argentine mu mwaka wa 2018, hamwe n’inkino mpuzamakungu zo kunonora imitsi zizobera I Tokyo mu Buyapani, mu mwaka wa 2020.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.