Accueil > Ubuhinga bwa none > Lumitel > "Keeng" : Umuhora w’indirimbo ku buntu wahawe abanywanyi ba Lumitel
"Keeng" : Umuhora w’indirimbo ku buntu wahawe abanywanyi ba Lumitel
mardi 28 Ntwarante 2017, par
Lumitel Burundi yahaye abanywanyi bayo umuhora ubafasha kuronka, kwumviriza, hamwe n’ukuraba indirimbo z’ubwoko bwose kandi zigezweho.
Bakunzi b’indirimbo zigezweho, Lumitel yababereye inyishu mu kubazanira « Keeng », umuhora w’indirimbo.
Ego, uwo muhora ni uwanyu, mwebwe banywanyi ba Lumitel. Muripfuza kwidagadura, kuronka umwanya w’ukwumviriza indirimbo nziza? Lumitel yabibutse.
Ntahandi muzobisanga atari mu banywanyi ba Lumitel, hamwe n’abipfuza guhamvya abandi muri uwo muhora udasiba kubazanira bishasha. Nibisanga kuri WWW.Keeng.bi, umuhora w’indirimbo usanzwe, woroshe kandi unyaruka. Ni ku buntu muri uku kwezi kwose kwa Ntwarante, hamwe n’ukwezi kwa Ndamukiza

Umunywanyi wa Lumitel asabwa gusa kuba afise "Connexion" ya Lumitel, akaja kuri WWW.Keeng.bi
IGIHE
Messages
30 Ntwarante 2017, 21:29, par samwel irakoze
duhe amakuru yibisuma vyatanwe inkoho murumonge
13 Ndamukiza 2017, 12:31, par Nzeyimana Renovat
Iyinkuru Turayishima Non Ndungikira Umuziki Wa Kidumu Uwariwowos
18 Ndamukiza 2017, 23:16, par Ndikumana pascale
Nivyizacane Ndungikira Indirimbo Shasha Yakriste Jinyoro
20 Ndamukiza 2017, 07:05, par sibomana radjabu
Ndungikira aga sylow kariko kose.
29 Ndamukiza 2017, 15:01, par divin notre victoire
ndungikira udu slow twa celine dio
29 Ndamukiza 2017, 23:28, par parfait
Pin killer ya Runtown
29 Ndamukiza 2017, 23:28, par parfait
Pin killer ya Runtown
6 Rusama 2017, 11:22, par Zaïdi
Indirimbo yabakinyi ba musongati
18 Rusama 2017, 17:21, par wilson
nshaka mundungikire indirimbo zigezweho zo muri tanzanie
28 Rusama 2017, 08:28, par Bigirindavyi vital
None connection kidakwiye iwacu ikabarore
28 Rusama 2017, 08:31, par Bigirindavyi vital
None connection kidakwiye iwacu ikabarore
30 Rusama 2017, 17:04, par Nsengiyumva Jean-Paul
Ni vyiza cn nta ribi
30 Rusama 2017, 17:08, par Nsengiyumva Jean-Paul
Ni vyiza cn nta ribi
30 Rusama 2017, 17:11, par Nsengiyumva Jean-Paul
Nimumpe indirimbo za Phil Collins
30 Rusama 2017, 17:23, par Felicien
Ivyo ni vyiza cane.
30 Rusama 2017, 17:27, par Iradukunda Abel
IRADUKUNDA Abel
30 Rusama 2017, 17:36, par NINZIZA Lameck
ivyo biratunezerey gose
30 Rusama 2017, 17:59, par Nininahazwe Ferdinand
Nshaka Mump Mana Ndagukunda Ya King James Rwanda
30 Rusama 2017, 21:59, par Babu-g Dieudonne
Nivyiza Pe!
31 Rusama 2017, 09:50, par kennedy
shaka indirimbo shasha ya diamond
31 Rusama 2017, 21:16, par Elvis
Nivyiz Turabikengurutse.Mumpe Akaririmbo S_t-b Gashasha
31 Rusama 2017, 22:06, par Anystar ananias Ntunzwenimana
Nshaka mumpe indirimbo nshasha za diamond niho ndavyemera
1er Ruheshi 2017, 10:41, par Kelvin
Indirimbo za taylor muziduhe kubwinshi.
9 Ruheshi 2017, 20:09, par Nduwayo christian
30 Ruheshi 2017, 22:32, par bigirimana
birakwiy nimumpe too much ya jay porry
1er Mukakaro 2017, 16:56, par Léonce Rukundo
6 Mukakaro 2017, 22:40, par Niyongadesi
Birakwiye
11 Mukakaro 2017, 08:43, par Lil
shak Kuyitereshariz
15 Mukakaro 2017, 19:44, par Enny
9 Myandagaro 2017, 12:52, par jean chrisostome ndayavugwa
14 Myandagaro 2017, 04:22, par Paul
nshak Kuyi Tereshariz
6 Nzero 2018, 08:09, par Egide
Nshaka Kuyitereshariz
2 Ndamukiza 2018, 14:09, par Niyomukiza floris
Mukomere
2 Rusama 2018, 08:34, par Nsengiyumva Deo
Nasha Mundungikire Indirimbo Shasha Ya Diamond Na Harmonaiz
2 Rusama 2018, 08:53, par Nsengiyumva Deo
Shaka Mundungikire Indirimb Shasha Ya Diamond Na Harmonaiz Iyindi Nayo Indirimbo Ya Musongati
27 Rusama 2018, 08:46, par Sangwe Guy Sandor
C Est Pour Voir La Musique
22 Nyakanga 2018, 08:09, par claudine Bukuru
Indirimbo z’Imana