Accueil > Imico kama > Abategetsi > Amafoto yabategetsi batandukanye b u Burundi
Amafoto yabategetsi batandukanye b u Burundi
mardi 20 Munyonyo 2012
Mbabazi
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
Accueil > Imico kama > Abategetsi > Amafoto yabategetsi batandukanye b u Burundi
mardi 20 Munyonyo 2012
Mbabazi
Messages
11 Nzero 2013, 10:17
ibi ni vyiza!ndi umunyagwanda ariko nzoja ndashiraho commentaires zanje mukirunzi kuko ariho navukiye lolllllllllllllllllllllllllll
11 Nzero 2013, 10:58, par Mboniganza Louis
Ni vyiza ariko nimushireho n’amazina yabo nico bakora tubamenye.
11 Nzero 2013, 11:35, par keza
mwombarira igihe iyi site yatanguriye kwandika mukirundi ko mutambariye nanai
12 Nzero 2013, 06:50, par #################
aaahh....asha bari baratunize pe
21 Nzero 2013, 00:37
j’apprécie votre publication.les raisons en sont multiples....
1er Ruhuhuma 2013, 01:15, par Sam
Mu Burundi nibashake uko bashyiraho ICT munzu nshingamateka kuko kumanika amaboka batora amategeko nkabiriya mbona ntibigezweho,ibindi byo biragenda.
1er Ruhuhuma 2013, 05:17, par Edyson
Presida Nk urunziza nakomereze aho amaze kugeza abarundi ku iterambere rihambaye kurenza abamubanjirije ni Presida ukunda igihugu.
25 Gitugutu 2013, 16:17, par Emmanuel Mani
Mukuru w’igihugu cacu,ja ku vola natwe abarundi isinzi turi inyuma yawe.Turavye aho wakuye uburundi n’ahobugeze kubera ubutwari bwawe.... komera, ramba!!!!!!
1er Gitugutu 2014, 07:00, par Isaac
Nivyiza ntango ibura agahonzi président wacu tuzomwongera nubu nakomere turinyuma yiwe yim’amatwi atamuyoboka
26 Nyakanga 2018, 09:22, par nshimirimana eric
nahangame kungo ntakabi kiw.ahubwo iman imutuzigamir