Umuco
Impuzu y’igiti yahora ikorwa ikanambwarwa n’abasogokuru iriko iranagurwa, abategetsi bamwe bamwe batanguye kuyambaye. Ico gikorwa co kugarukira...
Mu ntara ya Cibitoke, abanyarwandakazi 17 batawe muri yompi n’igiporisi c’Uburundi bagirizwa kuba mubadandaza umubiri. Amakuru atangwa n’abajejwe...
Bamwe mu rwaruka rw’ubu bariko baragarukira akaranga k’Uburundi biciye mu mirwi y’abaririmvyi ndangakaranga. Hari n’urundi rwaruka rwihaye kugarukira...
Abamenyeshamakuru bagera kuri batanu barishwe mu gitero sindasiga cagizwe n’abihevyi bateye icicaro c’imboneshakure kiri ahitwa Tikrit, aho ni mu...
Urwaruka rwo mu ntara ya Gitega rurijukiye kugarukira akaranga k’Uburundi. Indirimbo, intambo n’ibindi bikorwa ndangakaranga bigombwa gusubizwa...
Urwaruka ni rwikangure, umwe wese arondere muri we ingabirano afise akore imigambi yo kwiteza imbere, bivugwa n’umwigeme Vanessa, umunyamideri...
Agence Umuringa mu birori vya « Rwanda Cultural Fashion Show » yarashimishije abari bitavye ivyo birori. Biciye mu nyambaro n’ibindi biranga...
Umwaka ugizwe n’amezi 12. Ayo mezi akaba afise amazina. Ayo mezi mu Kirundi ni : Nzero, Ruhuhuma, Ntwarante, Ndamukiza, Rusama , Ruhenshi,...
Umugambi uhambaye utumbereye gushika ku bintu bikomeye, werekeye abariho ubu n’abazovuka ejo kugira uwo ari we wese ntasigare inyuma mu bijanye...
1 | 2 | 3
Nk’uko bisanzwe bivugwa, umugenzo wo kuresha abagabo bikozwe n’ igitsina gore, si ibintu vyo mu Burundi, naho benshi mu rwaruka rw’ubu berekana ko...
Umuco w’Ikirundi

18.11.2012
2
16
0
0
11556
Ibisokozo

18.11.2012
2
0
0
6588
Sokwe : ni ruze 1)Turi batatu badatana mu ndagano 2)Turi babiri badatana mu ndagano 3) Ndara ndagenda nkirigwa ndagenda 4.Akana kanje...
Hari kuri uyo wa gatandatu igenekerezo rya 27 Ndamukiza 2013 aho abanyeshure bo kw’ishure ryisumbuye “Lycee Notre Dame de Rohero” bari baramutse...
Umugwi Ruciteme ukora ahanini ibikorwa bijanye n’imico kama ukaba hambavu yivyo usanzwe ukora n’ibindi bikorwa. Ruciteme kubatabizi n’izina...
Urwaruka rw’ubuntiruzi vyinshi ku bijanye n’igisabo. Venansi Bishime umuhumure arenza imyaka 60 ajejwe kwereka ingenzi ivyiza mu kigo ndanga...
Kabatesi Annick ni umwigeme w’umurundikazi amaze kumenyekana nk’umwe mu bigeme bakarorero mu guteza imbere imico kama n’utugenegene biciye muvyo...
Ingoma ku barundi ni karyenda ,ingoma itwara izindi ngoma yo ku gihe ca kera ubwami bwa kera bwa Urundi. Umukuru w’igihugu azwi cane muri...
Mu gihe kuri uno wa kane wari umunsi wa Saint Valentin,umunsi w’abakundanye,bamwe bari bahinduye inyambaro kuko bari bambaye impuzu zitamenyerewe...
1 | 2
Ibisokozo

18.11.2012
2
0
0
6588
Sokwe : ni ruze 1)Turi batatu badatana mu ndagano 2)Turi babiri badatana mu ndagano 3) Ndara ndagenda nkirigwa ndagenda 4.Akana kanje...
Uduca mugani

18.11.2012
0
0
1215
Buke buke nirwo rugendo Buke buke bukomeza igihonyi Buke buke bushikana umusiba ku mugezi Wanka bangwe ntiwanka zana ndabe Akabigira...
Umuco w’Ikirundi

18.11.2012
2
16
0
0
11556
Ubushikiranganji bw’imico kama bufadikanije n’ikigo ca UNESCO mu Burundi bwaratunganije inama n’abamenyeshamakuru kugira barabire hamwe ingene imico...
Umugwi “Abaragwakaranga” wo ku Musaga urategekanya kuzogira igiteramo imbere y’uko ukwezi kwa Ruhuhuma 2013 kurangira. “Igiteramo turiko turategura...
Mu gihe kuri uno wa kane wari umunsi wa Saint Valentin,umunsi w’abakundanye,bamwe bari bahinduye inyambaro kuko bari bambaye impuzu zitamenyerewe...
Urwaruka rw’ubuntiruzi vyinshi ku bijanye n’igisabo. Venansi Bishime umuhumure arenza imyaka 60 ajejwe kwereka ingenzi ivyiza mu kigo ndanga...
Abaririmvyi n’abanyabuhinga bahurikiye mw’ishirahamwe Forum National des Artistes pour l’Action et le Developpement (FNAAD) baratunganije igiteramo...
Nk’uko bisanzwe bivugwa, umugenzo wo kuresha abagabo bikozwe n’ igitsina gore, si ibintu vyo mu Burundi, naho benshi mu rwaruka rw’ubu berekana ko...
1 | 2 | 3