IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > Lumitel > Voicemail : Menya abakurondeye ngendanwa yawe izimije

Voicemail : Menya abakurondeye ngendanwa yawe izimije

lundi 25 Nyakanga 2017, par Egide NDUWIMANA

Ishirahamwe ryo gutumatumanako Lumitel ribandanya kubazanira bishasha kandi bigezweho bije kworohereza abanywanyi baryo.

Wipfuza kuvugisha abagenzi n’incuti ariko ntubatora ? Ubu birarangiye kuko naho mutovugana murashobora kubasigira ubutumwa bw’ijwi (Messagerie Vocale) kugira ubamenyeshe ico wabaronderera.

Kugira umunwanyi wa Lumitel atangure gukoresha ico gisata, asabwa kwiyandikisha mu gufyonda *800*30#.

Iyo muronse ubwo butumwa bw’ijwi, murabimenyeshwa, mugaca muhamagara kuri 804 kugira mwumvirize ubwo butumwa.

Aho mukamenya ko umunwanyi arihishwa mu gihe arungitse ubutumwa bw’ijwi canke yaronse ubwo butumwa akaba yipfuza kubwumviriza.

Menya neza, uwurungitse ubutumwa bw’ijwi arihishwa amafaranga angana n’uko yoba ahamagaye umuntu, mu gihe uwaronse ubutumwa nawe yipfuza kubwumviriza arihishwa amafaranga 52 ku munota.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.